Uko wahagera

Ibikorwa Vy’Ishirahamwe CEDAC Mu Burundi


Ishirahamwe CEDAC hamwe n'abanywanyi baryo
Ishirahamwe CEDAC hamwe n'abanywanyi baryo

Ishirahamwe CEDAC n’ishirahamwe ridaharanira amatungo, ryashinzwe mu mwaka w’2005 i Bujumbura mu Burundi.

Iryo shirahamwe rirafasha mu gikorwa co kugarukira no gufasha abantu bahoze baja ku rugamba bakahakomerekera canke bakagira ubuzima budashemeye. Iryo shirahamwe rirabafasha kugwanira agateka kabo hamwe no mu kubashira mu mashirahamwe.

Iryo shirahamwe rifise kandi umugambi wo gutunganya isi itarangwamwo ibigwanisho hamwe no gufasha abanyagihugu bose kwiteza imbere, cane cane abahoze mu bikorwa bibatuma baja ku rugamba.

Twaraganiye n’umukuru w’iryo shiramwe Eric Niragira; Edward Hakizimana ariserukira muri reta zunze ubumwe za amerika, umuvugizi w’iryo shirahamwe ari mu Burundi, Masabo Philippe hamwe na Jean Marie Nduwimana, aserukira iryo shirahamwe mu gihugu ca Hollande.

Mushobora gutega amatwi ico kiganiro.
please wait

No media source currently available

0:00 0:27:28 0:00
Ibishamikiyeho
XS
SM
MD
LG