Ku wa mbere, Gicurasi 26, 2013 isaha yo mu karere 00:33

ibirimwo / burundi

Igihugu ca Chad Catangaje ko Cishe Umutegetsi Akomeye w’Umurwi al-Qaida Agira Kabiri mu Buraruko bwa Mali

 Mokhtar Belmokhtar, umutegetsi akomeye w'umurwi al-Qaida mu karere ko muri Afrika yo mu buraruko yishwe ejo ku musi wa gatandatu mu buraruko bwa Mali Mokhtar Belmokhtar, umutegetsi akomeye w'umurwi al-Qaida mu karere ko muri Afrika yo mu buraruko yishwe ejo ku musi wa gatandatu mu buraruko bwa Mali
x
 Mokhtar Belmokhtar, umutegetsi akomeye w'umurwi al-Qaida mu karere ko muri Afrika yo mu buraruko yishwe ejo ku musi wa gatandatu mu buraruko bwa Mali
Mokhtar Belmokhtar, umutegetsi akomeye w'umurwi al-Qaida mu karere ko muri Afrika yo mu buraruko yishwe ejo ku musi wa gatandatu mu buraruko bwa Mali
ingano y'inyandiko - +
VOA Africa
Igihugu ca Chad, catangaje kw’inteko zaco, mu buraruko bw’igihugu ca Mali, zishe Mokhtar Belmokhtar, umurwanyi akorana n’umurwi al-Qaida, yiyitiriye igitero cagizwe, mu kibanza gihingura gaz naturel, mu gihugu ca Algeria, mu ntango z’uyu mwaka.

Itangazo ry’igisirikare, ryasomwe kuri televiziyo y’igihugu, ryamenyesheje ko Belmokhtar yishwe ,ejo ku musi wa gatandatu, igihe abasirikare b’igihugu ca Chad bafata ikibanza c’abarwanyi, mu mitumba yo mu buraruko bw’igihugu ca Mali, hafi y’urubibe n’igihugu ca Algeria. Ivyerekeye iyicwa rya Belmokhtar ntivyemejwe n’amakuru yigenga.

Inkuru yerekeye urupfu rwa Belmokhtar, yaje amasaha mirongo ibiri n’ane, inyuma yuko prezida w’igihugu ca Chad, Idris Deby, atangaje kw’inteko z’igihugu ca Chad zishe, uwundi mutegetsi akomeye w’umrwi al-Qaida, Abdelhamid Abou Zeid, ayoboye ishami ry’umurwi al-Qaida, mu karere ko muri Afrika yo mu buraruko.

Niyo iyicwa rya Belmokhtar na Abou Zeid vyemezwa, inteko ziyobowe n’Ubufransa, zigwana, mu buraruko bw’igihugu ca Mal,i zizoba zizimanganije abategetsi bakomeye babiri, b’umurwi al-Qaida, mu karere ko mu buraruko bwa Mali, mu kiringo c’indwi imwe.
uru rubuga rurafunze
Ibitekerezo
     
nta gitekerezo kiratangwa kuri uru rubuga. Ba uwa mbere kugira icyo utangaza kuri uru rubuga

Videos

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Videwo

Videwo UN-Mali

Aya matora ya yobowe n'umukuru w'urwego rw'ishirahamwe ONU rujejwe kwubahiriza umutekano kw'isi mukiringo c'ukwezi kwa kane, Eugene-Richard Gasana, Ambassaderi w'igihugu c'Urwanda mw'ishirahamwe ONU.

Photo in the news

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
  • In this image from video provided by WBZ TV, spectators and runners run from what was described as twin explosions that shook the finish line of the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • President Barack Obama speaks at the White House in, following the explosions at the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • Medical workers aid a wounded woman at the finish line of the 2013 Boston Marathon following two explosions there, April 15, 2013.
  • A Massachusetts State Police officer guards the area containing the medical tent, rear, following an explosion at the 2013 Boston Marathon, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner leaves the course crying near Copley Square following an explosion, April 15, 2013.
  • A Boston police officer wheels in injured boy down Boylston Street as medical workers carry an injured runner following an explosion during the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid an injured man at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion there Monday, April 15, 2013 in Boston.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Boston police clear an area following an explosion near the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner is comforted as she cries in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical responders run an injured man past the finish line the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Two Boston Marathon volunteers hug each other, at right, as an injured person is loaded into an ambulance in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • A Boston police officer clears Boylston Street following an explosion at the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
ikigega cy'amafoto

ikigega cy'amafoto Amabombe Abiri Yaturikiye mu Gisagara ca Boston

Abantu babiri canke barenga barapfuye, abandi barenga ijana barakomereka inyuma yuko amabombe abiri yaturikiye hafi icarimwe hafi y’abantu b’abarorerezi ku murongo w’ukurangirizako ihiganwa rya marathon rya Boston.