Ku wa gatanu, Gicurasi 23, 2013 isaha yo mu karere 11:47

ibirimwo / burundi

Umushikiranganji Mushasha Ajejwe Kwivuna Abansi muri Amerika, Chuck Hagel Yaremeje ko Hari Ibibazo Mu Bihe Biri imbere

Umushikiranganji Muhasha Ajejwe Kwivuna Abansi wa Amerika, Chuck HagelUmushikiranganji Muhasha Ajejwe Kwivuna Abansi wa Amerika, Chuck Hagel
x
Umushikiranganji Muhasha Ajejwe Kwivuna Abansi wa Amerika, Chuck Hagel
Umushikiranganji Muhasha Ajejwe Kwivuna Abansi wa Amerika, Chuck Hagel
ingano y'inyandiko - +
VOA Africa
Chuck Hagel, yahoze ari umusenateri muri Amerika, yararahiye, mu mabanga y’umushikiranganji ajejwe kwivuna abansi, inyuma yuko habaye impari zikomeye, ku vyerekeye iyemezwa ryiwe, imisi mikeyi imbere yuko imiliyardi n’imiliyardi z’amadolari agenewe igisirikare ca amerika agabanywa.

Muvyo yashikirije abakozi biwe, Hagel yaremeye ibihe bitoroshe ubushikiranganji bujejwe kwivuna abansi buhanganye navyo, bivuye kw’igabanywa ry’amafranga Reta ya Amerika ikoresha, bitegekanijwe gutangura, ejo ku musi ku wa gatanu, niyo Congres ya Amerika ifata ingingo.

Hagel yatangaje kw’ubushikiranganji bujejwe kwivuna abansi buzotegerezwa gutora uburyo bw’ukuvyifatamwo, igihe iryo gabanywa ry’amafranga Reta ya Amerika ikoresha, bizoja mu ngiro. Yatangaje ko hari ibibazo bitari bike, mu bihe biri imbere.

Ivyo Chuck Hagel yabitangaje, ejo ku musi wa gatatu.

Senat ya Amerika yaremeje igenwa ryiwe, mu mabanga y’umushikiranganji ajejwe ukwivuna abansi.

Hagel yavuze ko Reta Zunze Ubumwe za Amerika zitegerezwa gukorana n’amakungu, hamwe n’ibihugu bicuditse. Yaremeye gukora uko shobora kwose, kugira abe umuyobozi w’ubushikiranganji bujejwe kwivuna abansi, igihugu citeze kandi gikwiriye.

Prezida wa Amerika, Barack Obama, yarahayagije iyemezwa rya Chuck Hagel, mu kuvuga ko Reta Zunze Ubumwe za Amerika zironse umushikiranganji ajejwe kwivuna abansi, igihugu gikeneye, umuyobozi inteko za Amerika zikwiriye.

Hagel yahoze ari umusirikare, asubiriye Leon Panetta, akaba ari umusekombata wa mbere, wo mu ngwano, yo muri Vietnam, abaye umushikiranganji ajejwe kwivuna abansi, wa Amerika.
uru rubuga rurafunze
Ibitekerezo
     
nta gitekerezo kiratangwa kuri uru rubuga. Ba uwa mbere kugira icyo utangaza kuri uru rubuga

Videos

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Videwo

Videwo UN-Mali

Aya matora ya yobowe n'umukuru w'urwego rw'ishirahamwe ONU rujejwe kwubahiriza umutekano kw'isi mukiringo c'ukwezi kwa kane, Eugene-Richard Gasana, Ambassaderi w'igihugu c'Urwanda mw'ishirahamwe ONU.

Photo in the news

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
  • In this image from video provided by WBZ TV, spectators and runners run from what was described as twin explosions that shook the finish line of the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • President Barack Obama speaks at the White House in, following the explosions at the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • Medical workers aid a wounded woman at the finish line of the 2013 Boston Marathon following two explosions there, April 15, 2013.
  • A Massachusetts State Police officer guards the area containing the medical tent, rear, following an explosion at the 2013 Boston Marathon, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner leaves the course crying near Copley Square following an explosion, April 15, 2013.
  • A Boston police officer wheels in injured boy down Boylston Street as medical workers carry an injured runner following an explosion during the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid an injured man at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion there Monday, April 15, 2013 in Boston.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Boston police clear an area following an explosion near the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner is comforted as she cries in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical responders run an injured man past the finish line the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Two Boston Marathon volunteers hug each other, at right, as an injured person is loaded into an ambulance in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • A Boston police officer clears Boylston Street following an explosion at the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
ikigega cy'amafoto

ikigega cy'amafoto Amabombe Abiri Yaturikiye mu Gisagara ca Boston

Abantu babiri canke barenga barapfuye, abandi barenga ijana barakomereka inyuma yuko amabombe abiri yaturikiye hafi icarimwe hafi y’abantu b’abarorerezi ku murongo w’ukurangirizako ihiganwa rya marathon rya Boston.