Ku wa gatatu, Kamena 18, 2013 isaha yo mu karere 04:39

ibirimwo / burundi

Muri Syria, Abantu 53, Barahitanywe N'ikibombe

Ikinyamakuru ca reta ya Syria catangaje kw’abantu bashika 53 bishwe mu gihe abandi barenga 200 bakomeretse.

Abajejwe umutekano mu gihugu ca Syria, batwaye umuntu yaguye mu gitero ca biombe yatezwe mu mudokaAbajejwe umutekano mu gihugu ca Syria, batwaye umuntu yaguye mu gitero ca biombe yatezwe mu mudoka
x
Abajejwe umutekano mu gihugu ca Syria, batwaye umuntu yaguye mu gitero ca biombe yatezwe mu mudoka
Abajejwe umutekano mu gihugu ca Syria, batwaye umuntu yaguye mu gitero ca biombe yatezwe mu mudoka
ingano y'inyandiko - +
VOA News
Ico kibombe cari catezwe mu mudoka hafi y’icicaro c’umugambwe Ba’ath uri ku butetetsi, ku murwa mukuru Damas hagati.

Ishirahamwe ry’abanyaSyria rihanira agateka ka zina muntu rifise icicaro I Londres mu gihugu c’Ubwongereza rivuga ko benshi mu bantu bahasize ubuzima mur’ico gitero cabaye ejo ku musi wa kane, ar’abasivile, kandi ngo n’abajejwe umutekano batari bake, barahasize ubuzima.

Ikinyamakuru ca reta ya Syria, cavuze kw’ico gitero cari igitero c’iterabwoba, catewe mu kibanza kigenderwa n’abantu benshi hafi ya quartier yitwa al-Mazraa.

Ejo ku musi wa kane kandi, abanyaSyria batavuga rumwe na reta, baragize inama I Cairo mu gihugu ca Misiri, yariko yihweza niba bakwiye kugira ibiganiro vy’amahoro na reta ya president Bashar al- Assad.

Reta ya Assad iramaze gutangaza ko yiteguriye kuganira n’abatavuga rumwe na reta, yamara ngo, ata bintu birinze gusabwa.
uru rubuga rurafunze
Ibitekerezo
     
nta gitekerezo kiratangwa kuri uru rubuga. Ba uwa mbere kugira icyo utangaza kuri uru rubuga

Videos

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Videwo

Videwo UN-Mali

Aya matora ya yobowe n'umukuru w'urwego rw'ishirahamwe ONU rujejwe kwubahiriza umutekano kw'isi mukiringo c'ukwezi kwa kane, Eugene-Richard Gasana, Ambassaderi w'igihugu c'Urwanda mw'ishirahamwe ONU.

Photo in the news

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
  • In this image from video provided by WBZ TV, spectators and runners run from what was described as twin explosions that shook the finish line of the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • President Barack Obama speaks at the White House in, following the explosions at the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • Medical workers aid a wounded woman at the finish line of the 2013 Boston Marathon following two explosions there, April 15, 2013.
  • A Massachusetts State Police officer guards the area containing the medical tent, rear, following an explosion at the 2013 Boston Marathon, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner leaves the course crying near Copley Square following an explosion, April 15, 2013.
  • A Boston police officer wheels in injured boy down Boylston Street as medical workers carry an injured runner following an explosion during the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid an injured man at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion there Monday, April 15, 2013 in Boston.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Boston police clear an area following an explosion near the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner is comforted as she cries in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical responders run an injured man past the finish line the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Two Boston Marathon volunteers hug each other, at right, as an injured person is loaded into an ambulance in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • A Boston police officer clears Boylston Street following an explosion at the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
ikigega cy'amafoto

ikigega cy'amafoto Amabombe Abiri Yaturikiye mu Gisagara ca Boston

Abantu babiri canke barenga barapfuye, abandi barenga ijana barakomereka inyuma yuko amabombe abiri yaturikiye hafi icarimwe hafi y’abantu b’abarorerezi ku murongo w’ukurangirizako ihiganwa rya marathon rya Boston.