Ku cyumweru, Gicurasi 25, 2013 isaha yo mu karere 18:54

ibirimwo / burundi

Lakhdar Brahimi Asaba Reta ya Syria n’Abayirwanya Guhurira mu Biro vy’Ishirahamwe O-N-U.

Lakhdar Brahimi, aserukira amakungu ku vyerekeye igihugu ca SyriaLakhdar Brahimi, aserukira amakungu ku vyerekeye igihugu ca Syria
x
Lakhdar Brahimi, aserukira amakungu ku vyerekeye igihugu ca Syria
Lakhdar Brahimi, aserukira amakungu ku vyerekeye igihugu ca Syria
ingano y'inyandiko - +
VOA Africa
Intumwa y’makungu, ku vyerekeye amahoro, Lakhdar Brahimi, yasavye Reta y’igihugu ca Syria n’abayigwanya guhura, kugira baganire inyishu iciye mu biganiro, ku mugumuko umaze imyaka ibiri, w’ugukora ku butegetsi prezida Bashar al-Assad.

Mw’ijambo yashiskirije, ejo ku musi w’Imana, ari I Cairo, ku murwa mukuru w’igihugu ca Misiri, Brahimi yavuze kw’ibiganiro bihagarikiwe n’ishirahamwe mpuzamakungu O-N-U, hagati y’abagwanya Reta ya Syria n’abaserukira Reta bemewe, vyofasha igihugu ca Syria gutangura kuva muvyo yise inzira y’umwiza. Ntiyatangaje ikibanza ibiganiro nkivyo vyoberamwo.

Umuyobozi w’urunani rw’abatavuga rumwe na Reya ya Syria, bari mu buhungiro, Mouaz al-Khatib, yatangaje ko yifuza kubonana n’icegera ca prezida wa Syria, Farouk al-Sharaa, kugira baganire ukuva ku butegetsi kwa Reta ya prezida Assd, biciye mu mahoro.

Abagize urunani rw’abatavuga rumwe na Reta ya Syria, Syrian National Coalition,  baremeye kandi kuvugana n’abandi baserukira Reta ya Syria, badafise uruhara mu bikorwa vya Reta vy’ugukandamiza abafashe imigambi y’ugutembagaza Reta.

Abategetsi ba Reta ya Amerika barashigikiye akamo k’abagwanya Reta ya Syria, ko prezida Assad atanga imihoho, akishura ku vyaha bikabije inteko ziwe zivurwa ko zakoze.
.
uru rubuga rurafunze
Ibitekerezo
     
nta gitekerezo kiratangwa kuri uru rubuga. Ba uwa mbere kugira icyo utangaza kuri uru rubuga

Videos

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Videwo

Videwo UN-Mali

Aya matora ya yobowe n'umukuru w'urwego rw'ishirahamwe ONU rujejwe kwubahiriza umutekano kw'isi mukiringo c'ukwezi kwa kane, Eugene-Richard Gasana, Ambassaderi w'igihugu c'Urwanda mw'ishirahamwe ONU.

Photo in the news

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
  • In this image from video provided by WBZ TV, spectators and runners run from what was described as twin explosions that shook the finish line of the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • President Barack Obama speaks at the White House in, following the explosions at the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • Medical workers aid a wounded woman at the finish line of the 2013 Boston Marathon following two explosions there, April 15, 2013.
  • A Massachusetts State Police officer guards the area containing the medical tent, rear, following an explosion at the 2013 Boston Marathon, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner leaves the course crying near Copley Square following an explosion, April 15, 2013.
  • A Boston police officer wheels in injured boy down Boylston Street as medical workers carry an injured runner following an explosion during the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid an injured man at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion there Monday, April 15, 2013 in Boston.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Boston police clear an area following an explosion near the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner is comforted as she cries in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical responders run an injured man past the finish line the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Two Boston Marathon volunteers hug each other, at right, as an injured person is loaded into an ambulance in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • A Boston police officer clears Boylston Street following an explosion at the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
ikigega cy'amafoto

ikigega cy'amafoto Amabombe Abiri Yaturikiye mu Gisagara ca Boston

Abantu babiri canke barenga barapfuye, abandi barenga ijana barakomereka inyuma yuko amabombe abiri yaturikiye hafi icarimwe hafi y’abantu b’abarorerezi ku murongo w’ukurangirizako ihiganwa rya marathon rya Boston.