Uko wahagera

Abarundi Barahimbaje Saint Valentin


 Abatumire mu kiganiro Dusangire Ijambo: Patrick Kwizera; Aline Nzeyimana na Jean Baptiste Ndayishimiye
Abatumire mu kiganiro Dusangire Ijambo: Patrick Kwizera; Aline Nzeyimana na Jean Baptiste Ndayishimiye

Haraheze imyaka itari mike abarundi bahimbaza umusi w’abakunda bita Saint Valentin.

Yamara gushika ubu, abarundi bose ntibavuga rumwe kur’uyo musi wama uhimbazwa kw’igenekerezo rya 14 ry’ukwezi kwa kabiri.

Mu gihe hari abavuga kw’uyo musi ukwiye guhimbazwa n’abarundi bose bo mu mihingo itandukanye hamwe n’ imyaka itandukanye, nka kurya bigirwa mu bindi bihugu, hari n’abarundi bavuga ko kur’uyo musi, abarundi batari bake, cane cane urwaruka, baca biherezwa inyifato itukisha imiryango kandi iteye kubiri n’imico hamwe n’idini.

Twaraganiye n’umufasoni Aline Nzeyimana, umushingantahe Jean Baptiste Ndayishimiye hamwe n’umushingantahe Patrick Kwizera, baraheza baratubarira aho bahagaze kur’uyo musi wa Saint Valentin.

Mushobora kwumviriza
please wait

No media source currently available

0:00 0:20:42 0:00
Ibishamikiyeho
XS
SM
MD
LG