Ku wa gatatu, Kamena 18, 2013 isaha yo mu karere 20:49

ibirimwo / burundi

Umugambwe wa prezida wa Tunisia, Utagendera ku vyiyumviro ry’Idini rya Islamu Uzova Muri Reta

Prezida wa Tunisia, Moncef MarzoukiPrezida wa Tunisia, Moncef Marzouki
x
Prezida wa Tunisia, Moncef Marzouki
Prezida wa Tunisia, Moncef Marzouki
ingano y'inyandiko - +
Umugambwe utagendera ku vyiyumviro vy’idini rya Islamu, mu gihugu ca Tunisia, wa prezida, Moncef Marzouki, watangaje kw’uzova muri Reta y’urunani iyobowe n’Aba Islamu, kubera ishavu, ku kugene Reta yavyifashemwo, inyuma y’igandagurwa, mu ndwi iheze, ry’umuyobozi w’umugambwe utavuga rumwe na Reta, Chokri Belaid.

Iyicwa ry’uwo munyepolitike, ryarateye ibibazo muri Reta, no mu gihugu, bikaba vyarongereje ukutumvikana, hagati y’umugambwe ukomeye w’aba Islamu, Ennahda,  n’abo badacana uwaka, batagendera ku vyiyumviro vy'idini rya Islamui.

Umutegetsi w’umugambwe, Congres pour la Republique, mu mpfunyapfunyo, CPR, yatangaje, ejo ku musi w’Imana, kw’umugambwe wiwe wagabishije kw'uzova muri Reta, niyo abashikiranganji bajejwe imigenderanire n’ubutungane batasubirirwa.

Umugambwe CPR ,waranebaguye ukugene abo bashikiranganji babiri, baranguye amabanga yabo.

Umugambwe w’Aba Islamu Ennahda, niwo watsinze amatora ya mbere yaranzwe n’ubwigenge, mu gihugu ca Tunisia. Imigambwe itagendera ivyiyumviro vy'idini nayo nyene irafise ibibanza bikeyi muri Reta.

Umuyobozi w’umugambwe utavuga rumwe na Reta, yagandaguwe, Chokri Belaid, yari umwe mu banebagura bikomeye umugambwe ugendera kw’idini, Ennahda, iyicwa ryiwe bikaba vyatumye haterwa akamo kuko hoshirwaho Reta nshasha.

Uruhagarara, n’ubwicanyi bw’intagondwa z’Aba Islamu ,vyariyongeye mu gihugu ca Tunisia.

Ejo ku musi w’Imana, igihugu ca Tunisia cari gitekanye, muri rusangi, inyuma y’imisi itatu y’imyiyerekano, mu gihughu cose, inyuma y’urupfu rwa Chokri Belaid.

Abapolisi bajejwe kurwanya imigumuko, baragenzuye amabarabara y’umurwa mukuru, Tunis.
uru rubuga rurafunze
Ibitekerezo
     
nta gitekerezo kiratangwa kuri uru rubuga. Ba uwa mbere kugira icyo utangaza kuri uru rubuga

Videos

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Videwo

Videwo UN-Mali

Aya matora ya yobowe n'umukuru w'urwego rw'ishirahamwe ONU rujejwe kwubahiriza umutekano kw'isi mukiringo c'ukwezi kwa kane, Eugene-Richard Gasana, Ambassaderi w'igihugu c'Urwanda mw'ishirahamwe ONU.

Photo in the news

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
  • In this image from video provided by WBZ TV, spectators and runners run from what was described as twin explosions that shook the finish line of the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • President Barack Obama speaks at the White House in, following the explosions at the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • Medical workers aid a wounded woman at the finish line of the 2013 Boston Marathon following two explosions there, April 15, 2013.
  • A Massachusetts State Police officer guards the area containing the medical tent, rear, following an explosion at the 2013 Boston Marathon, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner leaves the course crying near Copley Square following an explosion, April 15, 2013.
  • A Boston police officer wheels in injured boy down Boylston Street as medical workers carry an injured runner following an explosion during the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid an injured man at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion there Monday, April 15, 2013 in Boston.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Boston police clear an area following an explosion near the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner is comforted as she cries in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical responders run an injured man past the finish line the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Two Boston Marathon volunteers hug each other, at right, as an injured person is loaded into an ambulance in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • A Boston police officer clears Boylston Street following an explosion at the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
ikigega cy'amafoto

ikigega cy'amafoto Amabombe Abiri Yaturikiye mu Gisagara ca Boston

Abantu babiri canke barenga barapfuye, abandi barenga ijana barakomereka inyuma yuko amabombe abiri yaturikiye hafi icarimwe hafi y’abantu b’abarorerezi ku murongo w’ukurangirizako ihiganwa rya marathon rya Boston.