Ku cyumweru, Gicurasi 25, 2013 isaha yo mu karere 17:17

ibirimwo / burundi

Reta Zunze Ubumwe Za Amerika Ku Matora Muri Kenya

Umutegetsi akomeye wo muri Reta ya Amerika, avuga kw’ata munyapoltike n’umwe ariko arahiganwa, reta ya Amerika ishigikiye.

President Mwai Kibaki wa KenyaPresident Mwai Kibaki wa Kenya
x
President Mwai Kibaki wa Kenya
President Mwai Kibaki wa Kenya
ingano y'inyandiko - +
VOA Africa Division
Mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru kuri telephone, icegera ca secreteri wa department ya reta ya Amerika, Johnie Carson yavuze kw’amatora yo mu gihugu ca Kenya ategekanijwe kw’igenekerezo rya 4 ry’ukwezi kwa gatatu, ar’akaryo, ico gihugu gifise ko kwereka amakungu ko demokrasi yatsimbataye mur’ico gihugu.

Yamara abamenyeshamakuru bagumye bamubaza aho reta ya Amerika ihagaze ku kibazo c’abanyapolitike babiri baritoza, bagirijwe ivyaha na sentare mpuzamakungu, bijanye n’ubwicanyi bufatiye ku moko, bwadutse inyuma y’amatora y’umukuru w’igihugu yabaye mu mwaka w’2007.

Umushingantahe Carlson yagize ati: Ukuntu abanyagihugu bazotora kuzogira ingaruka: Mur’iyi myaka turimwo, ibuhugu vyose birakorana, arinaco gituma abanyagihugu bategerezwa kwamiza ku mutima ingaruka, itora ryabo rizogira ku gihugu cabo; ku ntara, ku butunzi, ku banyagihugu hamwe no mu makungu.

Umunyapoltike ariko aritoza mu kibanza c’umukuru w’igihugu, Uhuru Kenyatta hamwe n’umunyapolitike ariko arahiganwa nk’icegera ciwe, William Ruto, bose baragirijwe ivyaha na sentare mpuzamakungu, kandi urubanza rwabo ruriko rurihweza I  La Haie.

Bagirizwa ubwicanyi bw’abantu barenga 100, hamwe n’ivyaha vyo kwangaza abandi bantu barenga ibihumbi 300, bategerejwe guhunga ingo zabo.

Umurwi w’igihugu ujejwe gutunganya amatora warahaye abo bagabo babiri bikekwako ivyo vyaha na sentare mpuzamakungu, uburenganzira bwo guhiganwa.

Bitegekanijwe ko sentare nkuru yo mu gihugu ca Kenya, izoshikiriza urubanza rwabo mu ndwi iza, arinaco gihe bizomenyekana niba abo bagabo bararenze  amategeko ari mw’ibwirizwa shingiro. agenga abategetsi.

Umushingantahe Carlson ntiyagaragaje ingaruka mbi, itorwa ry’abo bategetsi rizogira, ku migenderera ya Amerika n’igihugu ca Kenya.

Yaratangaje ko reta zunze ubumwe za amerika zitateye igikumu ku masezerano ashinga Sentare mpuzamakungu, yamara yavuze ko reta zunze ubumwe za amerika, zishigikiye imigambi y’iyo sentare.

President Obama yarashikirije ubutumwa buciye kuri video mu rurimi rw’icongereza, bwanasiguwe mu rurimi rw’igiswahili, aho yateye akamo igihugu ca Kenya, gasaba gukoresha amatora yigenga kandi abaye ku mugaragaro.

President Obama yagize ati: AbanyaKenya nibo ubwabo, bazokwitorera umutegetsi abarongora. Reta zunze ubumwe za amerika nta munyapoltike n’umwe mu banyapolitike bariko barahiganwa, zishigikiye, yamara zirashigikiye amatora abaye mu mahoro, kandi yerekana ivyipfuzo vy’abanyagihugu.

Umushingantahe Obama yarateye akamo abanyaKenya, kabasa gutorera inyishu, amatati yose ashobora kwaduka inyuma y’amatora, babicishije mu masentare, aho  kwihereza amabarabara.
uru rubuga rurafunze
Ibitekerezo
     
nta gitekerezo kiratangwa kuri uru rubuga. Ba uwa mbere kugira icyo utangaza kuri uru rubuga

Videos

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Videwo

Videwo UN-Mali

Aya matora ya yobowe n'umukuru w'urwego rw'ishirahamwe ONU rujejwe kwubahiriza umutekano kw'isi mukiringo c'ukwezi kwa kane, Eugene-Richard Gasana, Ambassaderi w'igihugu c'Urwanda mw'ishirahamwe ONU.

Photo in the news

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
  • In this image from video provided by WBZ TV, spectators and runners run from what was described as twin explosions that shook the finish line of the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • President Barack Obama speaks at the White House in, following the explosions at the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • Medical workers aid a wounded woman at the finish line of the 2013 Boston Marathon following two explosions there, April 15, 2013.
  • A Massachusetts State Police officer guards the area containing the medical tent, rear, following an explosion at the 2013 Boston Marathon, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner leaves the course crying near Copley Square following an explosion, April 15, 2013.
  • A Boston police officer wheels in injured boy down Boylston Street as medical workers carry an injured runner following an explosion during the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid an injured man at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion there Monday, April 15, 2013 in Boston.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Boston police clear an area following an explosion near the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner is comforted as she cries in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical responders run an injured man past the finish line the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Two Boston Marathon volunteers hug each other, at right, as an injured person is loaded into an ambulance in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • A Boston police officer clears Boylston Street following an explosion at the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
ikigega cy'amafoto

ikigega cy'amafoto Amabombe Abiri Yaturikiye mu Gisagara ca Boston

Abantu babiri canke barenga barapfuye, abandi barenga ijana barakomereka inyuma yuko amabombe abiri yaturikiye hafi icarimwe hafi y’abantu b’abarorerezi ku murongo w’ukurangirizako ihiganwa rya marathon rya Boston.