Ku wa gatatu, Gicurasi 04, 2016 isaha yo mu karere 09:53

    Ibikorwa vy'Ishirahamwe Ridakorera Inyungu, Association Tubane de Gikuzi

    Athanase MbonimpaAthanase Mbonimpa
    x
    Athanase Mbonimpa
    Athanase Mbonimpa
    VOA Africa
    Ishirahamwe, Association Tubane de Gikuzi, rifasha gukingira ibidukikije, kurwanya indwara ya Sida, n’ukwongereza umwimbu w’ibifungurwa.

    Iryo shirahamwe, rifise icicaro, I Gikuzi, muri Komine ya Vugizo, mu ntara ya Makamba, mu bumanuko bw’Uburundi, ryashinzwe, mu mwaka w’2004, rikaba ryarekuriwe na Reta gutangura ibikorwa vyaryo, mu mwaka w’2006.

    Ijwi rya Amerika, ryaraganiye, mu kiganiro giha ijambo abakwirikirana ibiganiro vyacu,  na Athanase Mbonimpa, ayoboye iryo shirahamwe.

    Abandi bagize uruhara, muri ico kiganiro, ni Consolate Niyizonkiza, akora muri iryo shirahamwe, na Richard Ninganza, avuka I Gikuzi, yamara, muri iki gihe, ari I Bujumbura.

    Tubatege amatwi:
    Ishirahamwe, Association Tubane de Gikuzi
    Ishirahamwe, Association Tubane de Gikuzii
    || 0:00:00
    ...    
     
    X
    uru rubuga rurafunze
    Ibitekerezo
         
    nta gitekerezo kiratangwa kuri uru rubuga. Ba uwa mbere kugira icyo utangaza kuri uru rubuga