Ku wa gatandatu, Mata 19, 2014 isaha yo mu karere 09:06

Amategeko Agenga Ubwimukire Muri Amerika

Abashingamateka bo muri reta zunze ubumwe za amerika, bariko barihweza uburyo bwo kunagura amategeko agenga abimukira muri Amerika

Hilaire NtiganzwaHilaire Ntiganzwa
x
Hilaire Ntiganzwa
Hilaire Ntiganzwa
ingano y'inyandiko - +
Frederic Nkundikije
Haraheze imyaka itari mike hama hashikirijwe imigambi yo kunagura ayo mategeko yotuma abanyagihugu bashika imiliyoni 11 baba mu muri Amerika mu buryo buteye kubiri n’amategeko, ba ja baronka impapuro zo kuba muri amerika, gushika n’aho baronka ubunyagihugu:

Yamara abantu bihweza ibintu n’ibindi bavuga ko mur’iki gihe ayo mategeko ashobora kuja yashikirizwa, ngo kuko  amatora aheze, yerekanye ko hari umurwi w’abanyagihugu bita abaLatino, bagwiriye cane ku buryo, umugambwe badatatoye, ushobora kutatsinda amatora y’umukuru w’igihugu muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika.

Abo banyagihugu basigaye barafise uruhara ruhambaye cane mu matora, nk’uko mugenzi wacu nawe nyene akwirikiranira hafi politike yo muri Amerika, Hilaire Ntiganzwa abivuga:
Tumutege amatwi:
Abimukira muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika
Abimukira muri Reta Zunze Ubumwe za Amerikai
|| 0:00:00
...
 
🔇
X
uru rubuga rurafunze
Ibitekerezo
     
nta gitekerezo kiratangwa kuri uru rubuga. Ba uwa mbere kugira icyo utangaza kuri uru rubuga