Ku wa gatandatu, Kanama 30, 2014 isaha yo mu karere 10:09

Umuririmvyi w’Umurundi Desire Nziza, Aherutse Gusohora Album Yiwe Nshasha.

Umuririmvyi Desire NzizaUmuririmvyi Desire Nziza
x
Umuririmvyi Desire Nziza
Umuririmvyi Desire Nziza
Fidele Niyongabo
Umuririmyi Desire Nziza, aba mu gisagara ca Dallas, mu ntara ya Dallas, muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika.

Desire Nziza harutse gusohora Album yiwe nshasha yitwa, “UN”.

Yarahaye ikiganiro Ijwi rya Amerika, aho yavuze ku migambi afise, mu bihe biri imbere, hamwe n’ubutumwa ashikiriza abakunzi b’umuziki wiwe.

Tumtege amatwi:
Album Nshasha ya Desire Nziza
Album Nshasha ya Desire Nzizai
|| 0:00:00
...
 
🔇
X
uru rubuga rurafunze
Ibitekerezo
     
nta gitekerezo kiratangwa kuri uru rubuga. Ba uwa mbere kugira icyo utangaza kuri uru rubuga