Ku wa mbere, Gicurasi 19, 2013 isaha yo mu karere 10:16

ibirimwo / burundi

Prezida w’Infatakibanza w’Igihugu ca Mali Ntazoganira n’Intagondwa z’Aba Islamu

Prezida w'Infatakibanza w'Ighugu ca Mali, Dioncounda TraorePrezida w'Infatakibanza w'Ighugu ca Mali, Dioncounda Traore
x
Prezida w'Infatakibanza w'Ighugu ca Mali, Dioncounda Traore
Prezida w'Infatakibanza w'Ighugu ca Mali, Dioncounda Traore
ingano y'inyandiko - +
VOA Africa
Prezida w’infatakibanza w’igihugu ca Mali, Dioncounda Traore, yatangaje ko atazogirana ibiganiro n’intagondwa z’Aba Islamu, zafashe uburaruko bw’igihugu, imbere yuko inteko z’igihugu c’Ubufransa zizituza muri ako karere.

Yamara Traore yabwiye Iradiyo yo mu Bufransa, ejo ku musi wa kane, kw’ashobora kwiyumira guhura n’abarwanya ubutegetsi bo mu bwoko bw’Aba Tuaregs, bo mu murwi, MNLA, nibaheba umugambi wabo w’ukugira igice cabo bihariye, mu buraruko bwa Mali.

Umurwi MNLA umaze igihe uharanira ubwigenge bw’intara y’Aba Tuaregs.

Uwo murwi wafashe uburaruko bw’igihugu ca Mali, mu mwaka uheze, mu nyuma yaho ukaba warifatanije n’abarwanyi b’Aba Islamu, igihe Reta y’igihugu ca Mali yasenyuka.

Aba Tuaregs, mu nyuma yaho, baratandukanye n’abarwanyi b’Aba Islamu, igihe bategeka iyubahirizwa ry’amategeko akomeye, agendera kw’idini rya Islamu, mu buraruko bw’igihugu ca Malai, muri iki gihe umurwi MNLA ukaba ushigikiye igikorwa ca gisirikare c’igihugu c’Ubufransa, mu gihugu ca Mali.

Umushikiranganji ajejwe kwivuna abansi w’igihugu c’Ubufransa, Jean-Yves Le Drian yatangaje, ejo ku musi wa kane, kw’igikorwa ca gisirikare c’igihugu ciwe, cagenze neza, yamara yatangaje kw’umutekano utaragaruka, muri Mali. Yavuze, mu kiganiro yarangiye kuri radiyo yo mu Bufransa, kw’Abanya Mali bategerezwa guhiraho umugambi w’ugusubiza hamwe, kugira bagire kazoza karangwa n’umutekano.
uru rubuga rurafunze
Ibitekerezo
     
nta gitekerezo kiratangwa kuri uru rubuga. Ba uwa mbere kugira icyo utangaza kuri uru rubuga

Videos

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Videwo

Videwo UN-Mali

Aya matora ya yobowe n'umukuru w'urwego rw'ishirahamwe ONU rujejwe kwubahiriza umutekano kw'isi mukiringo c'ukwezi kwa kane, Eugene-Richard Gasana, Ambassaderi w'igihugu c'Urwanda mw'ishirahamwe ONU.

Photo in the news

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
  • In this image from video provided by WBZ TV, spectators and runners run from what was described as twin explosions that shook the finish line of the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • President Barack Obama speaks at the White House in, following the explosions at the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • Medical workers aid a wounded woman at the finish line of the 2013 Boston Marathon following two explosions there, April 15, 2013.
  • A Massachusetts State Police officer guards the area containing the medical tent, rear, following an explosion at the 2013 Boston Marathon, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner leaves the course crying near Copley Square following an explosion, April 15, 2013.
  • A Boston police officer wheels in injured boy down Boylston Street as medical workers carry an injured runner following an explosion during the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid an injured man at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion there Monday, April 15, 2013 in Boston.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Boston police clear an area following an explosion near the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner is comforted as she cries in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical responders run an injured man past the finish line the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Two Boston Marathon volunteers hug each other, at right, as an injured person is loaded into an ambulance in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • A Boston police officer clears Boylston Street following an explosion at the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
ikigega cy'amafoto

ikigega cy'amafoto Amabombe Abiri Yaturikiye mu Gisagara ca Boston

Abantu babiri canke barenga barapfuye, abandi barenga ijana barakomereka inyuma yuko amabombe abiri yaturikiye hafi icarimwe hafi y’abantu b’abarorerezi ku murongo w’ukurangirizako ihiganwa rya marathon rya Boston.