Ku cyumweru, Gashyantare 07, 2016 isaha yo mu karere 01:08

    AbanyaMali N’Abafaransa Barafashe Ikindi Gisagara

    Abasirikare b’igihugu c’Ubufaransa barandanya gufashanya n’abasirikare b’igihugu ca Mali mu kwomora abagwanyi b’abaislamu.

    Abasirikare b'abafaransa kw'ibarirere yo mu gisagara ca SevareAbasirikare b'abafaransa kw'ibarirere yo mu gisagara ca Sevare
    x
    Abasirikare b'abafaransa kw'ibarirere yo mu gisagara ca Sevare
    Abasirikare b'abafaransa kw'ibarirere yo mu gisagara ca Sevare
    Frederic Nkundikije
    Inyuma y’abo abaislamu bomorewe mu bisagagara bitari bike vyo mu buraruko bw’igihugu ca Mali bari barafashe, abahinga bihweza ibintu n’ibindi, bavuga ko naho gushika ubu, abasirikare b’abafaransa hamwe n’abasirikare b’igihugu ca Mali, bashoboye kwomora abagwanyi b’abaislamiste mu ntara bari barigaruriye, ngo reta ya Mali, ntikwiye gushira agati mu ryinyo, kuko, bitaramenyekana niba benshi mur’ abo bagwanyi, barishwe, canke baromotse bataye ibigwanisho vyose.

    Twaraganiye na Freddy Nkurikiye, akwirikiranira hafi ibibazo vyo muri Afrika, igihe yari ku murwa mukuru w’igihugu ca Mali, Bamako, araheza araduha amakuru y’imvaho y’ukuntu ingwano iriko iragenda. Aravuga kandi  ku mfashanyo amakugnu yatanze yo gufasha mu twigoro two kwomora abagwanyi b'abaislamiste.

    Mushobora kwumviriza ikiganiro.
    Imfashanyoi yahawe igihugu ca Mali
    Imfashanyoi yahawe igihugu ca Malii
    || 0:00:00
    ...    
     
    X