Ku wa gatatu, Gicurasi 21, 2013 isaha yo mu karere 23:39

ibirimwo / burundi

Abasenateur Muri Amerika Ku kibazo C’Abimukira.

Uyo murwi w’abasenateru washikirije umguambi wo kunagura amategeko agenga abimukira muri Amerika.

Umufasoni yariko aragira imyiyerekano asaba kw'amategeko agenga abimukira, ahindurwa Umufasoni yariko aragira imyiyerekano asaba kw'amategeko agenga abimukira, ahindurwa
x
Umufasoni yariko aragira imyiyerekano asaba kw'amategeko agenga abimukira, ahindurwa
Umufasoni yariko aragira imyiyerekano asaba kw'amategeko agenga abimukira, ahindurwa
ingano y'inyandiko - +
VOA News
Umurwi wakoreye hamwe ugizwe n’abasenateru b’aDemokrate hamwe n’abaRepublika watangaje uyo mugambi urimwo inzira izoshikana abimukira ku bunyagihugu, ejo ku musi wa mbere. 

Umwe mur’abo basenateur umunani, Charles Schumer, yavuze kw’uyo mugambi ugoye,yamara ngo ar’umugambi mwiza uzoshikana abantu ku bunyagihugu.

Mu kiganiro bahaye abamenyeshamakuru ejo ku musi wa mbere I Washington, senateur w’umuDemokrate aserukira intara ya New York, yavuze ko president Barack Obama, anezerejwe n’ingingo abo basenateur bapfunditse.

Marco Rubio, umusenateur w’umurepublika aserukira intara ya Florida, yavuze kw’abashingamateka hamwe n’abakenguzamateka, bategerezwa gukemura ikibazo c’abantu imiliyoni 11 bari muri reta zunze ubumwe za amerika mu buryo buteye kubiri n’amategeko, bakongera kandi bakuzuriza abantu  bariko barondera ubunyagihugu bwo muri Amerika, babicishije mu mategeko.

Abo basenateur bavuze kw’amategeko yo muri reta zunze ubumwe za amerika agenga abimukira muri reta zunze ubumwe za amerika, yasambutse.

Barashikirije ingingo bumvikanyeko, umusi umwe imbere y’uko president Barack Obama ashikiriza ijambo rikomeye uyu musi ku wa kabiri, ritera akamo, gasaba ingingo zinagura amategeko agenga abimukira muri reta zunze ubumwe za amerika.
uru rubuga rurafunze
Ibitekerezo
     
nta gitekerezo kiratangwa kuri uru rubuga. Ba uwa mbere kugira icyo utangaza kuri uru rubuga

Videos

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Videwo

Videwo UN-Mali

Aya matora ya yobowe n'umukuru w'urwego rw'ishirahamwe ONU rujejwe kwubahiriza umutekano kw'isi mukiringo c'ukwezi kwa kane, Eugene-Richard Gasana, Ambassaderi w'igihugu c'Urwanda mw'ishirahamwe ONU.

Photo in the news

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
  • In this image from video provided by WBZ TV, spectators and runners run from what was described as twin explosions that shook the finish line of the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • President Barack Obama speaks at the White House in, following the explosions at the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • Medical workers aid a wounded woman at the finish line of the 2013 Boston Marathon following two explosions there, April 15, 2013.
  • A Massachusetts State Police officer guards the area containing the medical tent, rear, following an explosion at the 2013 Boston Marathon, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner leaves the course crying near Copley Square following an explosion, April 15, 2013.
  • A Boston police officer wheels in injured boy down Boylston Street as medical workers carry an injured runner following an explosion during the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid an injured man at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion there Monday, April 15, 2013 in Boston.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Boston police clear an area following an explosion near the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner is comforted as she cries in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical responders run an injured man past the finish line the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Two Boston Marathon volunteers hug each other, at right, as an injured person is loaded into an ambulance in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • A Boston police officer clears Boylston Street following an explosion at the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
ikigega cy'amafoto

ikigega cy'amafoto Amabombe Abiri Yaturikiye mu Gisagara ca Boston

Abantu babiri canke barenga barapfuye, abandi barenga ijana barakomereka inyuma yuko amabombe abiri yaturikiye hafi icarimwe hafi y’abantu b’abarorerezi ku murongo w’ukurangirizako ihiganwa rya marathon rya Boston.