Ku wa gatatu, Gicurasi 21, 2013 isaha yo mu karere 03:11

ibirimwo / burundi

Ababa mu Gisagara ca Gao Barahimbaje Ituzwa ry’Abagwanyi b’AbaIslamu muri Ico Gisagara

Igisagara ca Gao kw'Ikarata y'Igihugu ca MaliIgisagara ca Gao kw'Ikarata y'Igihugu ca Mali
x
Igisagara ca Gao kw'Ikarata y'Igihugu ca Mali
Igisagara ca Gao kw'Ikarata y'Igihugu ca Mali
ingano y'inyandiko - +
VOA Africa
Ababa mu gisagara ca Gao, mu buraruko bw’igihugu ca Mali, baravugije umuziki mu mabarabara, baratamba, ejo ku musi w’Imana, mu birori vy’uguhimbaza ugusubira kwigarurira ico gisagara, kw’inteko z’Ubufransa, n’inteko z’igihugu ca Mali.

Inteko z’igihugu c’Ubufransa, n’igihugu ca Mali, zasubiye gufata ico gisagara, ku musi wa gatandatu. Ababa mu gisagara ca Gao, barahimbaje umusi wa mbere aho
batategerezwa kwubahiriza amategeko ya Sharia, mu kiringo c’amezi atari make.

Umumenyeshamakuru, w’Ijwi rya Amerika, mu karere ko muri Afrika, yo mu burengero, Anne Look ,ari ku murwa mukuru w’igihugu ca Mali, Bamako, yaravuganye n’ababa alimu gisagara ca Gao, kw’itelefone. Bamubwiye kw’abagwanyi b’AbaIslamu binyegeje mu mihana, iri hagati y’ibilometero cumi n’ibilometero cumi na bitanu, hanze y’igisagara ca Gao.

Bamwe mu baba muri ico gisagara bavuga kw’ababa, muri ico gisagara ,bariko bahiga uwariwe wese yakoranye n’AbaIslamu, bari bigaruriye ico gisagara

Muri ico gihe, inteko z’Ubufransa n’inteko z’igihugu ca Mali ziriko zitera zegereza igisagara ca Tombuktu, inyuma y’ikiringo kirenga indwi z’ugutana mu mitwe, n’abagwayi b’AbaIslamu ,bigaruriye uburaruko bw’igihugu ca Mali.

Amakuru atangwa n’igisirikare ca Mali, amenyesha amenyesha kw’inteko z’Ubufransa na Mali, zashitse ku nkengera z’igisagara ca Tombuktu, ata kwivuna kuhabaye kw’abagwanyi b’AbaIslamu.

Igisagara ca Tombuktu kiri mu bibanza ndangamico bikingiwe n’ishirahamwe UNESCO, kirimwo imisigiti itari mike n’ivyibutso bihezagiye, ku ba Islamu b’AbaSufi.

Ibitero vy’indege z’ingwano z’Ubufransa, mw’ijoro ry’ejo ku musi w’Imana, vyarasambuiye ikibanza c’umuyobozi w’umurwi ukorana n’umurwi al-Qaida, mu gisagara ca Kida,l ku bilometero igihugu n’majana atanu, umuntu avuye ku murwa mukuru w’igihugu ca Mali, Bamako.

Umumenyeshamakuru w’Ijwi rya Amerika, Idrissa Fall, ari mu gihugu ca Mali, yatangaje ko gufata igisagara ca Gao, ari ikintu gikomeye cane, kubera ico gisagara ciziziwe n’imirwi irwanya ubutegetsi.
uru rubuga rurafunze
Ibitekerezo
     
nta gitekerezo kiratangwa kuri uru rubuga. Ba uwa mbere kugira icyo utangaza kuri uru rubuga

Videos

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Videwo

Videwo UN-Mali

Aya matora ya yobowe n'umukuru w'urwego rw'ishirahamwe ONU rujejwe kwubahiriza umutekano kw'isi mukiringo c'ukwezi kwa kane, Eugene-Richard Gasana, Ambassaderi w'igihugu c'Urwanda mw'ishirahamwe ONU.

Photo in the news

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
  • In this image from video provided by WBZ TV, spectators and runners run from what was described as twin explosions that shook the finish line of the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • President Barack Obama speaks at the White House in, following the explosions at the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • Medical workers aid a wounded woman at the finish line of the 2013 Boston Marathon following two explosions there, April 15, 2013.
  • A Massachusetts State Police officer guards the area containing the medical tent, rear, following an explosion at the 2013 Boston Marathon, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner leaves the course crying near Copley Square following an explosion, April 15, 2013.
  • A Boston police officer wheels in injured boy down Boylston Street as medical workers carry an injured runner following an explosion during the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid an injured man at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion there Monday, April 15, 2013 in Boston.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Boston police clear an area following an explosion near the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner is comforted as she cries in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical responders run an injured man past the finish line the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Two Boston Marathon volunteers hug each other, at right, as an injured person is loaded into an ambulance in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • A Boston police officer clears Boylston Street following an explosion at the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
ikigega cy'amafoto

ikigega cy'amafoto Amabombe Abiri Yaturikiye mu Gisagara ca Boston

Abantu babiri canke barenga barapfuye, abandi barenga ijana barakomereka inyuma yuko amabombe abiri yaturikiye hafi icarimwe hafi y’abantu b’abarorerezi ku murongo w’ukurangirizako ihiganwa rya marathon rya Boston.