Ku wa kane, Gicurasi 22, 2013 isaha yo mu karere 01:36

ibirimwo / burundi

Umurwi Al-Shabab Uragabisha Igihugu Ca Kenya

Umurwi Al- Shaba, waraye ugabishije kw’uzokwica AbanyaKenya wagize imbohe.

Abasirikare b'igihugu ca KenyaAbasirikare b'igihugu ca Kenya
x
Abasirikare b'igihugu ca Kenya
Abasirikare b'igihugu ca Kenya
ingano y'inyandiko - +
VOA Africa
Uyo murwi witwaje ibigwanisho w’abarwanyi b’abanyaSomalia, watangaje kw’uzokwica abo banyaKenya, ngo mu gihe igihugu ca Kenya, kitokwitaba akamo catewe, kagisaba kurekura abaislamu bapfunzwe, bagirizwa ivyaha vy’iterabwoba.

Abo barwanyi bitwaje ibigwanisho bo mu murwi Al-Shabab, bavuze kw’igihugu ca Kenya gifise gushika itariki 14 z’ukwezi kwa kabiri, kugira ngo kizobe kimaze gukora ivyo casabwe.

Mu kiganiro umuvugizi w’ubushikiranganji  bw’igihugu ca Kenya bujejwe kwivuga abansi, Bogeta Ongeri yahaye iradiyo Ijwi rya amerika, yavuze kw’azi kw’abanyakenya bane bari mu minwe y’umurwi al-Shabab, barimwo abasivile babiri hamwe n’abasirikare babiri. Yamara yavuze kw’igihugu ca Kenya, kitazoganira n’umurwi al-Shabab.

Yavuze ko reta ya Kenya idahimirizwa, kandi itayaga n’abicanyi. Ivyarivyo vyose ngo mu  gihugu cacu, no  muri reta yacu, nta mbohe zo mu murwi  al-Shabab, ziriho.
Yavuze kw’abanyaSomalia bose bahagaritswe igihe abantu bikekwa ko bakora ibitero vy’iterabwo baterwa, bashikirijwe reta ya Somalia.
uru rubuga rurafunze
Ibitekerezo
     
nta gitekerezo kiratangwa kuri uru rubuga. Ba uwa mbere kugira icyo utangaza kuri uru rubuga

Videos

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Videwo

Videwo UN-Mali

Aya matora ya yobowe n'umukuru w'urwego rw'ishirahamwe ONU rujejwe kwubahiriza umutekano kw'isi mukiringo c'ukwezi kwa kane, Eugene-Richard Gasana, Ambassaderi w'igihugu c'Urwanda mw'ishirahamwe ONU.

Photo in the news

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
  • In this image from video provided by WBZ TV, spectators and runners run from what was described as twin explosions that shook the finish line of the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • President Barack Obama speaks at the White House in, following the explosions at the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • Medical workers aid a wounded woman at the finish line of the 2013 Boston Marathon following two explosions there, April 15, 2013.
  • A Massachusetts State Police officer guards the area containing the medical tent, rear, following an explosion at the 2013 Boston Marathon, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner leaves the course crying near Copley Square following an explosion, April 15, 2013.
  • A Boston police officer wheels in injured boy down Boylston Street as medical workers carry an injured runner following an explosion during the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid an injured man at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion there Monday, April 15, 2013 in Boston.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Boston police clear an area following an explosion near the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner is comforted as she cries in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical responders run an injured man past the finish line the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Two Boston Marathon volunteers hug each other, at right, as an injured person is loaded into an ambulance in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • A Boston police officer clears Boylston Street following an explosion at the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
ikigega cy'amafoto

ikigega cy'amafoto Amabombe Abiri Yaturikiye mu Gisagara ca Boston

Abantu babiri canke barenga barapfuye, abandi barenga ijana barakomereka inyuma yuko amabombe abiri yaturikiye hafi icarimwe hafi y’abantu b’abarorerezi ku murongo w’ukurangirizako ihiganwa rya marathon rya Boston.