Ku wa gatandatu, Gicurasi 24, 2013 isaha yo mu karere 15:11

ibirimwo / burundi

Prezida wa Amerika, Barack Obama yasavye Abanyamerika Gufatira Hamwe Ingingo z’Ugutorera Inyishu Ibabazo Biraje Ishinga Abanyamerika

Prezida wa Amerika, Barack Obama Ariko Ararahizwa n'Umucamanza Mukuru wa Sentare Nkuru ya Amerika, John RobertsPrezida wa Amerika, Barack Obama Ariko Ararahizwa n'Umucamanza Mukuru wa Sentare Nkuru ya Amerika, John Roberts
x
Prezida wa Amerika, Barack Obama Ariko Ararahizwa n'Umucamanza Mukuru wa Sentare Nkuru ya Amerika, John Roberts
Prezida wa Amerika, Barack Obama Ariko Ararahizwa n'Umucamanza Mukuru wa Sentare Nkuru ya Amerika, John Roberts
ingano y'inyandiko - +
VOA Africa
Prezida wa Amerika, Barack Obama, yasavye kw’abanyamerika, bofatira ingingo hamwe, zigenewe gutorera inyishu ibibazo bitari bike, biraje ishinga Abanyamerika, mu gihe yatanguye ikiringo kigira kabiri, c’ukuyobora Amerika.

Prezida Obama, yarahiye icese, ejo ku musi wa mbere, ku ngazi z’inyubakwa y’inama nshingamateka, mu gihe abantu ibihumbi amajana n’amajana bakoraniye, mu kibanza ca Mall, cegereye ahabereye ibirori vy’ukurahira, aho bazungagije amabendera ya Amerika, bongera baha impundu prezida wa Amerika, agira uwa mirongo ine na kane.

Mw’ijambo ryiwe, ahejeje kurahira, prezida Obama ,yaravuze, ku burenganzira bw’ibwirizwa nshingiro rya Amerika, ku bijanye n’ubuzima, ubwigenge,  hamwe nuko umuntu wese yoshobora gushikira ivyo yifuza.

Yamara prezida Obama yavuze ko Amerika ikwiriye gufata intumbero nshasha, ku bibazo bishasha  kugira Abanyagihugu bose baronke umutekano  n’agateka ngenderwako.

Prezida Obama kandi yatangaje ko Amerika itemera  kw’amahoro arama kw’isi asaba ingwano yamizako.

Prezida, Obama yatangaje ko Amerika ishigikiye demokrasi kw’isi.

Abantu baje kurorera ibirori vy’ukurahira kwa prezida Obama  naho bari ibihumbi amajana n’amajana, bari bakeyi, umuntu abagereranije n’abantu baje kurorera ibirori vy’ukurahira kwiwe, mu mwaka w’2009, igihe abantu bagera hafi y’imiliyoni zibiri, baza kurorera ukurahira kw’umuprezida wa Amerika wa mbere w’umwirabure.

Ukurahira kwa prezida Obama, ejo ku musi wa mbere, vyahuriranye n’umusi w’akaruhuko, wahariwe kwibuka Martin Luther King Jr.
uru rubuga rurafunze
Ibitekerezo
     
nta gitekerezo kiratangwa kuri uru rubuga. Ba uwa mbere kugira icyo utangaza kuri uru rubuga

Videos

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Videwo

Videwo UN-Mali

Aya matora ya yobowe n'umukuru w'urwego rw'ishirahamwe ONU rujejwe kwubahiriza umutekano kw'isi mukiringo c'ukwezi kwa kane, Eugene-Richard Gasana, Ambassaderi w'igihugu c'Urwanda mw'ishirahamwe ONU.

Photo in the news

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
  • In this image from video provided by WBZ TV, spectators and runners run from what was described as twin explosions that shook the finish line of the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • President Barack Obama speaks at the White House in, following the explosions at the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • Medical workers aid a wounded woman at the finish line of the 2013 Boston Marathon following two explosions there, April 15, 2013.
  • A Massachusetts State Police officer guards the area containing the medical tent, rear, following an explosion at the 2013 Boston Marathon, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner leaves the course crying near Copley Square following an explosion, April 15, 2013.
  • A Boston police officer wheels in injured boy down Boylston Street as medical workers carry an injured runner following an explosion during the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid an injured man at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion there Monday, April 15, 2013 in Boston.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Boston police clear an area following an explosion near the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner is comforted as she cries in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical responders run an injured man past the finish line the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Two Boston Marathon volunteers hug each other, at right, as an injured person is loaded into an ambulance in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • A Boston police officer clears Boylston Street following an explosion at the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
ikigega cy'amafoto

ikigega cy'amafoto Amabombe Abiri Yaturikiye mu Gisagara ca Boston

Abantu babiri canke barenga barapfuye, abandi barenga ijana barakomereka inyuma yuko amabombe abiri yaturikiye hafi icarimwe hafi y’abantu b’abarorerezi ku murongo w’ukurangirizako ihiganwa rya marathon rya Boston.