Ku wa kabiri, Gicurasi 20, 2013 isaha yo mu karere 04:42

ibirimwo / burundi

Abantu Mirongo Ibiri na Batatu Bari Bagizwe Imbohe Barishwe Muri Algeria

Bamwe mu Bakozi BatabaweBamwe mu Bakozi Batabawe
x
Bamwe mu Bakozi Batabawe
Bamwe mu Bakozi Batabawe
ingano y'inyandiko - +
VOA Africa
Ubushikiranganji bujejwe intwaro yo hagati, bwatangaje, kw’uruhagarara, rwatewe n’abagwanyi banyuruje abantu mu gihugu ca Algeria rwarangiye, abagizwe imbohe mirongo ibiri na batatu ,n’abagwanyi mirongo itatu na babiri bishwe.

Ubushikiranganji bujejwe intwaro yo hagati, bwatangaje, ejo ku musi wa gatandatu, kw’inteko zijejwe umutekano, zashoboye kubohoza abanyamahanga ijana n’indw,i bari bagizwe imbohe,hamwe n’AbanyaAlgeria amajana atandatu na mirongo umunani na batanu.

Itororokanirizo ry’amakuru ry’igihugu ca Algeria, APS, ryatangaje kw’inteko zidasanzwe z’ico gihugu, zinjiye mu kibanza gihingura gaz, mu gitondo c’ejo ku musi wa gatandatu, mu gitero ca nyuma, ku bagwanyi b’AbaIslamu bari bagize imbohe, abantu batari bake bakora, muri ico kibanza.

Ubufransa bwarashigikiye ukugene igihugu ca Algeria cavyifashemwo, ku vyerekeye ico kibazo, ejo ku musi wa gatandatu, mu kuvuga ko yari inyishu ikwiriye, kubera bitashoboka kuganira n’abagira iterabwoba, batagira umutima.

I Washington, Prezida Barack Obama, yarasohoye itangazo, rivuga kw’Abanyamerika, mu vyiyumviro n’ibisabisho vyabo, bari kumwe n’imiryango y’abapfuye. Yariyamirije abanyuruje abakozi, bo mu kibanza gihingura gaz, mu gihugu ca Algeria, akaba yatangaje ko aribo bagirizwa abapfuye.

Umushikiranganji ajejwe kwivuna abansi w’igihugu c’Ubwongereza, Philip Hammond, n’umushikiranganji ajejwe ukwivuna abansi wa Amerika, Leon Panetta, baraganiye ivyerekeye inyuruzwa ry’abantu bakora, mu kibanza gihungura gaz, mu gihugu ca Algeria, mu kiganiro bahaye, abamenyeshamakuru I Londres, mu Bwongereza ku musi wa gatandatu.

Hammond yatangaje kw’abagira iterabwoba aribo bonyene, babazwa abishwe.
Abanyamerika batari bake, bari mu bagizwew imbohe
uru rubuga rurafunze
Ibitekerezo
     
nta gitekerezo kiratangwa kuri uru rubuga. Ba uwa mbere kugira icyo utangaza kuri uru rubuga

Videos

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Videwo

Videwo UN-Mali

Aya matora ya yobowe n'umukuru w'urwego rw'ishirahamwe ONU rujejwe kwubahiriza umutekano kw'isi mukiringo c'ukwezi kwa kane, Eugene-Richard Gasana, Ambassaderi w'igihugu c'Urwanda mw'ishirahamwe ONU.

Photo in the news

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
  • In this image from video provided by WBZ TV, spectators and runners run from what was described as twin explosions that shook the finish line of the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • President Barack Obama speaks at the White House in, following the explosions at the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • Medical workers aid a wounded woman at the finish line of the 2013 Boston Marathon following two explosions there, April 15, 2013.
  • A Massachusetts State Police officer guards the area containing the medical tent, rear, following an explosion at the 2013 Boston Marathon, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner leaves the course crying near Copley Square following an explosion, April 15, 2013.
  • A Boston police officer wheels in injured boy down Boylston Street as medical workers carry an injured runner following an explosion during the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid an injured man at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion there Monday, April 15, 2013 in Boston.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Boston police clear an area following an explosion near the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner is comforted as she cries in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical responders run an injured man past the finish line the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Two Boston Marathon volunteers hug each other, at right, as an injured person is loaded into an ambulance in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • A Boston police officer clears Boylston Street following an explosion at the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
ikigega cy'amafoto

ikigega cy'amafoto Amabombe Abiri Yaturikiye mu Gisagara ca Boston

Abantu babiri canke barenga barapfuye, abandi barenga ijana barakomereka inyuma yuko amabombe abiri yaturikiye hafi icarimwe hafi y’abantu b’abarorerezi ku murongo w’ukurangirizako ihiganwa rya marathon rya Boston.