Ku wa gatanu, Kamena 20, 2013 isaha yo mu karere 02:45

ibirimwo / burundi

Ubufransa Bwaragize Ibitero Bishasha mu Gihugu ca Mali, Bwongera Burungika Izindi Nteko Muri Ico Gihugu

Inteko z'Ubufransa Muri MaliInteko z'Ubufransa Muri Mali
x
Inteko z'Ubufransa Muri Mali
Inteko z'Ubufransa Muri Mali

izindi ngingo bifitanye isano

ingano y'inyandiko - +
VOA Africa
Ibimodoka vya blind,e vy’igihugu c’Ubufransa, vyaravuye, ku murwa mukuru w’igihugu ca Mali, Bamako, bikaba vyateye bigana uburaruko bw’igihugu, buri mu minwe y’intagondwa z’Aba Islamu.

Umumenyeshamakuru w’Ijwi rya Amerika, Ann Look, yavuze kw’ivyo bimodoka vya blinde, bisa n’ibigiye gufasha, mu birindiro vy’inteko zUbufransa.

Ubufransa buriko burongereza inteko zabwo, mu gihugu ca Mali, aho buriko burungika ibimodoka vya blinde, bukogera bukaba buriko bugira ibitero vy’indege z’ingwano, ku bagwanyi mu gihugu ca Mali.

Look yatangaje kw’imodoka iajana z’Ubufransa zashitse, zivuye mu gihugu ca Cote d’Ivoire, ku musi wa kabiri, kw’izindi nteko ziriko ziza mu gihugu ca Mali, zivuye mu gihugu ca Chad n’Ubufransa.

Muri ico gihe, ivyaboba batangaje kw’indege z’ingwano, z’igihugu c’Ubufransa, zagize ibitero, mu gisagara ca Diabaly, mw’ijoro ry’ejo ku musi wa kabiri, amasaha makeyi, inyuma yuko abagwanyi b’AbaIslamu, bafashe ico gice, kiri ku bilemetrro amajana ane, mu buraruko bw’umurwa mukuru wa Mali, Bamako. Ababa, muri ico gice, babwiye Ijwi rya Amerika, ejo ku wa kabiri, kw’igisagara ca Diabaly, cari kikiri mu minwe y’abo bagwanyi.

Abategetsi bajejwe kwivuna abansi, mu gihugu c’Ubufransa, batangaje kw’inteko z’Ubufransa, muri Mali, zizogenda ziriyongera ,gushika ku bihumbi bibiri n’amajana atanu.

Igihugu ca Nigeria gitangaza ko kiza kurungika inteko zaco za mbere, muri  Mali, uno musi ku wa gatatu, mu gikorwa c’ukurungika inteko, zo mu karere ko muri Afrika yo mu burengero, gufasha igisirikare c’igihugu ca Mali, gusubira kwigarurira uburaruko bw’igihugu.
Ibitero Bishasha vy'Ubufransa n'Irungikwa ry'Inteko Nshasha mu Gihugu ca Mali
Loading
12:00:00 / -:--:--
uru rubuga rurafunze
Ibitekerezo
     
nta gitekerezo kiratangwa kuri uru rubuga. Ba uwa mbere kugira icyo utangaza kuri uru rubuga

Videos

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Videwo

Videwo UN-Mali

Aya matora ya yobowe n'umukuru w'urwego rw'ishirahamwe ONU rujejwe kwubahiriza umutekano kw'isi mukiringo c'ukwezi kwa kane, Eugene-Richard Gasana, Ambassaderi w'igihugu c'Urwanda mw'ishirahamwe ONU.

Photo in the news

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
  • In this image from video provided by WBZ TV, spectators and runners run from what was described as twin explosions that shook the finish line of the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • President Barack Obama speaks at the White House in, following the explosions at the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • Medical workers aid a wounded woman at the finish line of the 2013 Boston Marathon following two explosions there, April 15, 2013.
  • A Massachusetts State Police officer guards the area containing the medical tent, rear, following an explosion at the 2013 Boston Marathon, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner leaves the course crying near Copley Square following an explosion, April 15, 2013.
  • A Boston police officer wheels in injured boy down Boylston Street as medical workers carry an injured runner following an explosion during the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid an injured man at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion there Monday, April 15, 2013 in Boston.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Boston police clear an area following an explosion near the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner is comforted as she cries in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical responders run an injured man past the finish line the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Two Boston Marathon volunteers hug each other, at right, as an injured person is loaded into an ambulance in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • A Boston police officer clears Boylston Street following an explosion at the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
ikigega cy'amafoto

ikigega cy'amafoto Amabombe Abiri Yaturikiye mu Gisagara ca Boston

Abantu babiri canke barenga barapfuye, abandi barenga ijana barakomereka inyuma yuko amabombe abiri yaturikiye hafi icarimwe hafi y’abantu b’abarorerezi ku murongo w’ukurangirizako ihiganwa rya marathon rya Boston.