Ku wa gatatu, Gashyantare 10, 2016 isaha yo mu karere 22:00

    Indege Z’Ingwano Z’igihugu c’Ubufaransa Muri Mali.

    Indege z’ingwano z’igihugu c’Ubufarnasa, zirabandanya kurasa ku murwi w’abaislamu Ansar Dine mu gihugu ca Mali.

    Freddy NkurikiyeFreddy Nkurikiye
    x
    Freddy Nkurikiye
    Freddy Nkurikiye

    izindi ngingo bifitanye isano

    Ivyo bitero bibaye mu gihe intumwa y’umunyamabanga mukuru w’ishirahamwe mpuzamakungu, Romano Prodi, yaheruka gutangaza kw’ata nteko zizorungikwa mu gihugu ca Mali, imbere yo mu kwezi kw’icenda.

    Yamara inyuma y’aho abarwanyi b’abaislamu bafatiye igisagara kiri hafi y’igisagara gikomeye citwa Mopti, kiri mu minwe ya reta ya Mali, igihugu c’Ubufaransa caciye gitangaza ko carungitse abasiriakaba bagiye gufasha reta y’igihugu ca Mali, gicuditse n’Ubufaransa.

    Mugenzi wacu Freddy Nkurikiye akwirikiranira hafi ibibazo biraba intara ya Afrika, yaravuganye na Frederic Nkundikije, araheza aramubwira ikintu yibaza kw’ar’insiguro y’ivyo bitero vy’abaransa ku murwi Ansar Dine urwanya ubutegetsi mu gihugu ca Mali:

    Mushobora kwumviriza.

    Ikoganiro hamwe na Freddy Nkurikiye ku vyerekeye Mali
    Ikoganiro hamwe na Freddy Nkurikiye ku vyerekeye Malii
    || 0:00:00
    ...    
     
    X