Ku cyumweru, Gicurasi 25, 2013 isaha yo mu karere 23:59

ibirimwo / burundi

Abafaransa, Baromoye Abarwanyi Muri Mali.

Ibitero vy’indege vy’abasirikare b’igihugu c’Ubufaransa, vyarasubije inyuma abagwanyi b’abaislamu.

France Mali FightingFrance Mali Fighting
x
France Mali Fighting
France Mali Fighting
ingano y'inyandiko - +
VOA Africa Division
Abarwanya ubutegsi baheruka gufata igisagara co mu buraruko bw’igihugu ca Mali. Mur’iki gihe kandi ishirahamwe ryo mu bihugu vyo muri Afrika yo mu burengero, ryaratanze uburenganzira bwo kurungika abandi basirikare mu gihugu ca Mali.

Abategetsi ejo ku musi wa gatandatu, baratangaje kw’abasirikare b’abaFaransa, bakuye abarwanya ubutetsi mu gisagara ca Konna. Ifatwa ry’ico gisagara mu misi iheze, ryari ryahaye akaryo abarwanya ubutegetsi ko gushika ku birometero 25 vy’igisagara gikomeye co mu buraruko, Mopti, kiri mu minwe ya reta ya Mali.

Umumenyeshamakuru wo mu gihugu ca Mali, yabwiye iradiyo Ijwi rya Amerika,  kw’abagwanyi b’abaislami barenga 20, bishwe mur’iyo ngwano.

Uyo mumenyeshamakuru yavuze kw’abasirikare b’igihugu ca Mali, aribo mur’iki gihe bari mur’ico gisagara, kandi kw’abagwanyi b’abaiskamu basubiye inyuma mu bisagara vya Bore na Douentza.

Ejo ku musi wa gatandatu kandi, umushikiranganji w’igihugu c’Ubufaransa ajejwe imigenderanire, Jean Yves Le Drian,  yaratangaje kw’umufransa atwara indege ya kajugujugu yishwe igihe c’ibitero vy’indege vyatanguye ku musi wa gatanu.

Umurwi urwanya ubutegetsi Ansar Dine ufitaniye ubucuti n’umurwi Al-Qaida ukora ibitero vy’iterabwoba, waragabishije kw’uzokwihora ku baFaransa.

President w’igihugu c’Ubufaransa, Francois Hollande, yaciye atanga  amategeko yo gukomeza umutekano mu Bufaransa hamwe no gucungera umutekano ku nyubakwa za reta hamwe no gukomeza  umutekano mu vyerekeye gutwara abantu n’ibintu.

Ejo ku musi wa gatandatu nyene, ishirahamwe CEDEAO ryo mu mu bihugu vyo muri Afrika yo mu burengero,  ryatanze uburenganzira bwo kurungika bunonyene izindi nteko z’abanyafrika mu gihugu ca Mali gucungera umutekano.
uru rubuga rurafunze
Ibitekerezo
     
nta gitekerezo kiratangwa kuri uru rubuga. Ba uwa mbere kugira icyo utangaza kuri uru rubuga

Videos

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Videwo

Videwo UN-Mali

Aya matora ya yobowe n'umukuru w'urwego rw'ishirahamwe ONU rujejwe kwubahiriza umutekano kw'isi mukiringo c'ukwezi kwa kane, Eugene-Richard Gasana, Ambassaderi w'igihugu c'Urwanda mw'ishirahamwe ONU.

Photo in the news

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
  • In this image from video provided by WBZ TV, spectators and runners run from what was described as twin explosions that shook the finish line of the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • President Barack Obama speaks at the White House in, following the explosions at the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • Medical workers aid a wounded woman at the finish line of the 2013 Boston Marathon following two explosions there, April 15, 2013.
  • A Massachusetts State Police officer guards the area containing the medical tent, rear, following an explosion at the 2013 Boston Marathon, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner leaves the course crying near Copley Square following an explosion, April 15, 2013.
  • A Boston police officer wheels in injured boy down Boylston Street as medical workers carry an injured runner following an explosion during the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid an injured man at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion there Monday, April 15, 2013 in Boston.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Boston police clear an area following an explosion near the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner is comforted as she cries in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical responders run an injured man past the finish line the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Two Boston Marathon volunteers hug each other, at right, as an injured person is loaded into an ambulance in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • A Boston police officer clears Boylston Street following an explosion at the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
ikigega cy'amafoto

ikigega cy'amafoto Amabombe Abiri Yaturikiye mu Gisagara ca Boston

Abantu babiri canke barenga barapfuye, abandi barenga ijana barakomereka inyuma yuko amabombe abiri yaturikiye hafi icarimwe hafi y’abantu b’abarorerezi ku murongo w’ukurangirizako ihiganwa rya marathon rya Boston.