Ku wa gatanu, Gicurasi 23, 2013 isaha yo mu karere 02:51

ibirimwo / burundi

Agahembo Abashingamateka Bo Muri Kenya Bihaye

Abashingamateka bo muri Kenya baraye biyaye agahembo katagir uko kangana.

Umunyagihugu yiyamiriza  imisharaha y'abashingamatekaUmunyagihugu yiyamiriza imisharaha y'abashingamateka
x
Umunyagihugu yiyamiriza  imisharaha y'abashingamateka
Umunyagihugu yiyamiriza imisharaha y'abashingamateka
ingano y'inyandiko - +
VOA Africa Division
Ejo ku musi wa kane, baratangaje ko batoye ingingo yo kwiha agahembo bita Bonus k’amadolari ibihumbi 110 umwumwe: umushahara umunyaKenya asanzwe, yofata mu myaka irenga 80.

Inama nshingamateka igizwe n’abategetsi 222, yemeje iyo ngingo yo kwiha agahembo mu nama yabaye ku musi wa gatatu  mw’ijoro, yamara iyo ngingo yatangajwe ejo ku musi wa kane.

Turetse ako gahembo bihaye, abashingamateka baratoye kandi ingingo ibaha  ubundi burenganzira, burimwo abasirikare bitwaje ibigwanisho bacungera ubuzima bwabo; ibitabo vy’inzira diplomatique hamwe n’uburenganzira bwo kwinjira mu kibanza c’abantu bakomeye VIP, ku kibanza c’indege.

Abo bashingamateka, baratoye kandi ingingo yo gutekerera president Mwayi Kibaki agiye mu karuhuko ko mu zabkuru. Umushingantahe Kibaki, yari yankirije ingingo yo guha agashimwe abashingamateka mu kwezi kw’icumi, akaba yari yavuze ko biteye kubiri n’amateko kandi bitumvikana ukuntu hotanwga agashimwe, igihugu kiri mu bukene ntangere.
uru rubuga rurafunze
Ibitekerezo
     
nta gitekerezo kiratangwa kuri uru rubuga. Ba uwa mbere kugira icyo utangaza kuri uru rubuga

Videos

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Videwo

Videwo UN-Mali

Aya matora ya yobowe n'umukuru w'urwego rw'ishirahamwe ONU rujejwe kwubahiriza umutekano kw'isi mukiringo c'ukwezi kwa kane, Eugene-Richard Gasana, Ambassaderi w'igihugu c'Urwanda mw'ishirahamwe ONU.

Photo in the news

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
  • In this image from video provided by WBZ TV, spectators and runners run from what was described as twin explosions that shook the finish line of the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • President Barack Obama speaks at the White House in, following the explosions at the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • Medical workers aid a wounded woman at the finish line of the 2013 Boston Marathon following two explosions there, April 15, 2013.
  • A Massachusetts State Police officer guards the area containing the medical tent, rear, following an explosion at the 2013 Boston Marathon, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner leaves the course crying near Copley Square following an explosion, April 15, 2013.
  • A Boston police officer wheels in injured boy down Boylston Street as medical workers carry an injured runner following an explosion during the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid an injured man at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion there Monday, April 15, 2013 in Boston.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Boston police clear an area following an explosion near the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner is comforted as she cries in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical responders run an injured man past the finish line the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Two Boston Marathon volunteers hug each other, at right, as an injured person is loaded into an ambulance in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • A Boston police officer clears Boylston Street following an explosion at the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
ikigega cy'amafoto

ikigega cy'amafoto Amabombe Abiri Yaturikiye mu Gisagara ca Boston

Abantu babiri canke barenga barapfuye, abandi barenga ijana barakomereka inyuma yuko amabombe abiri yaturikiye hafi icarimwe hafi y’abantu b’abarorerezi ku murongo w’ukurangirizako ihiganwa rya marathon rya Boston.