Ku cyumweru, Gicurasi 25, 2013 isaha yo mu karere 13:35

ibirimwo / burundi

Indege za Drones Mu Gihugu Ca Congo

Ishirahamwe ONU ryaraye risavye indege Drones zitagira abadereva zo gucungera ubuseruko bwa Congo.

Abategetsi bagize inama mpuzamakungu ijejwe umutekanoAbategetsi bagize inama mpuzamakungu ijejwe umutekano
x
Abategetsi bagize inama mpuzamakungu ijejwe umutekano
Abategetsi bagize inama mpuzamakungu ijejwe umutekano
ingano y'inyandiko - +
VOA Africa Division
Abajejwe igikorwa co gucungera umutekano mw’ishirahamwe mpuzamakungu, bariko barasaba inama mpuzamakungu ijejwe umutekano gushigikira ikoreshwa ry’indege zitagira abadereva bita Drone, mu gikorwa co kugenduza intara yo mu buseruko bw’igihugu ca Republika ya Congo Iharanira Demokrasi.

Umukuru w’ibiro vy’ishirahamwe mpuzamakungu bijejwe gucungera umutekano, Herve Ladsous, yateye ako kamo inama mpuzamakungu ijejwe umutekano, mu nama yabaye mu mwiherero ejo ku musi wa kabiri, aho yasavye kw’izo ndege Drones zifasha abajejwe gucungera umutekano mu gihugu ca Congo, barenga ibihumbi 17.

Abarwanya ubutegetsi barafashe  mu kanya gatoyi igisagara ca Goma kiri mu buseruko  mu mwaka uheze, inyuma y’aho bataniye mu mitwe n’abasirikare bajejwe gucungera umutekano hamwe n’abasirikare ba reta ya Congo.

Urwanda, rusangiye urubibe rwo mu buseruko n’igihugu ca Congo, rwaratangaje ko rutewe amakenga n’irungikwa ry’izo ndege za Drones, rukaba rwavuze kw’iyo ngingo izoca ituma inteko z’ishirahamwe mpuzamakungu zihinduka inteko z’abagwanyi.

Ibihugu bigize ishirahamwe mpuzamakungu birimwo Reta zunze ubumwe za amerika; Ubwongereza hamwe  n’Ubufaransa, birashigikiye uyo mugambi. Umuvugizi w’ibiro biseruka Ubufaransa muri ONU, yaranditse amakuru avuga kw’inteko za ONU zikeneye ibikoresho vyo mu bihe tugezemwo, birimwo indege za Drones, kugira ngo zishobore kuronka makuru nyayo kandi zitange n’inyishu zikwiye.
uru rubuga rurafunze
Ibitekerezo
     
nta gitekerezo kiratangwa kuri uru rubuga. Ba uwa mbere kugira icyo utangaza kuri uru rubuga

Videos

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Videwo

Videwo UN-Mali

Aya matora ya yobowe n'umukuru w'urwego rw'ishirahamwe ONU rujejwe kwubahiriza umutekano kw'isi mukiringo c'ukwezi kwa kane, Eugene-Richard Gasana, Ambassaderi w'igihugu c'Urwanda mw'ishirahamwe ONU.

Photo in the news

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
  • In this image from video provided by WBZ TV, spectators and runners run from what was described as twin explosions that shook the finish line of the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • President Barack Obama speaks at the White House in, following the explosions at the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • Medical workers aid a wounded woman at the finish line of the 2013 Boston Marathon following two explosions there, April 15, 2013.
  • A Massachusetts State Police officer guards the area containing the medical tent, rear, following an explosion at the 2013 Boston Marathon, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner leaves the course crying near Copley Square following an explosion, April 15, 2013.
  • A Boston police officer wheels in injured boy down Boylston Street as medical workers carry an injured runner following an explosion during the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid an injured man at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion there Monday, April 15, 2013 in Boston.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Boston police clear an area following an explosion near the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner is comforted as she cries in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical responders run an injured man past the finish line the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Two Boston Marathon volunteers hug each other, at right, as an injured person is loaded into an ambulance in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • A Boston police officer clears Boylston Street following an explosion at the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
ikigega cy'amafoto

ikigega cy'amafoto Amabombe Abiri Yaturikiye mu Gisagara ca Boston

Abantu babiri canke barenga barapfuye, abandi barenga ijana barakomereka inyuma yuko amabombe abiri yaturikiye hafi icarimwe hafi y’abantu b’abarorerezi ku murongo w’ukurangirizako ihiganwa rya marathon rya Boston.