Ku wa kane, Kamena 19, 2013 isaha yo mu karere 05:06

ibirimwo / burundi

Prezida wa Amerika, Barack Obama, Yaragenye Abayobozi Bashaha b’Ubushikiranganji Bujejwe Kwivuna Abansi n’Ibiro Bijejwe Iperereza, C-I-A.

Prezida Obama Ariko Atangaza kw'Agenye Chuck Hagel Kuba Umushikiranganji Ajejwe Kwivuna Abansi na John Brennan Kuba Umuyobozi w'Ibiro vy'Iperereza, C-I-A.Prezida Obama Ariko Atangaza kw'Agenye Chuck Hagel Kuba Umushikiranganji Ajejwe Kwivuna Abansi na John Brennan Kuba Umuyobozi w'Ibiro vy'Iperereza, C-I-A.
x
Prezida Obama Ariko Atangaza kw'Agenye Chuck Hagel Kuba Umushikiranganji Ajejwe Kwivuna Abansi na John Brennan Kuba Umuyobozi w'Ibiro vy'Iperereza, C-I-A.
Prezida Obama Ariko Atangaza kw'Agenye Chuck Hagel Kuba Umushikiranganji Ajejwe Kwivuna Abansi na John Brennan Kuba Umuyobozi w'Ibiro vy'Iperereza, C-I-A.
ingano y'inyandiko - +
VOA Africa
Ejo ku musi wa mbere, prezida Obama, yagenye Chuck Hagel, yahoze ari umu Senateur w’Umu Republika, ava mu ntara ya Nebraska, kuba umushikiranganji ajejwe kwivuna abansi, hamwe n’umuhanuzi wiwe, ku vyerekeye kurwanya iterabwoba, John Brennan, kuyobora ibiro bijejwe iperereza, C-I-A.

Prezida Obama, yavuze ko Hagel ari umuyobozi, inteko za Amerika zikwirikiye. Yongeye kandi avuga kw’igenwa rya Hagel, vyerekana umuco w’ukudashira imbere, ivyiyumviro vya politike, abantu bakeneye kurushiriza, I Washington
.
Prezida Obama, yarahayagije Brennan, kuba yarayoboye akigoro k’ukugwanya umurwi al-Qaida, mu gihe yagumye yiyemeje, ku mico iranga Abanyamerika.

Bose Hagel ,na Brennan bategerezwa kwemezwa, n’ishami ry’inama nshingamateka rya Senat, aho abashingamateka baza bariko baravyura ibibazo, kuri abo bantu babiri.

Igihe prezida ,Obama, yariko atangaza igenwa rya Chuck Hagel na John Brennan, baragerageje guhumuriza abantu, ku mpungene bashobora kuba bafise, ku vyerekeye igenwa ryabo.
Prezida Obama Yaragenye Abayobozi b'Ubushikiranganji Bujejwe Kwivuna Abansi n'Ibiro Bijejwe Ipererez
Loading
12:00:00 / -:--:--
uru rubuga rurafunze
Ibitekerezo
     
nta gitekerezo kiratangwa kuri uru rubuga. Ba uwa mbere kugira icyo utangaza kuri uru rubuga

Videos

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Videwo

Videwo UN-Mali

Aya matora ya yobowe n'umukuru w'urwego rw'ishirahamwe ONU rujejwe kwubahiriza umutekano kw'isi mukiringo c'ukwezi kwa kane, Eugene-Richard Gasana, Ambassaderi w'igihugu c'Urwanda mw'ishirahamwe ONU.

Photo in the news

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
  • In this image from video provided by WBZ TV, spectators and runners run from what was described as twin explosions that shook the finish line of the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • President Barack Obama speaks at the White House in, following the explosions at the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • Medical workers aid a wounded woman at the finish line of the 2013 Boston Marathon following two explosions there, April 15, 2013.
  • A Massachusetts State Police officer guards the area containing the medical tent, rear, following an explosion at the 2013 Boston Marathon, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner leaves the course crying near Copley Square following an explosion, April 15, 2013.
  • A Boston police officer wheels in injured boy down Boylston Street as medical workers carry an injured runner following an explosion during the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid an injured man at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion there Monday, April 15, 2013 in Boston.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Boston police clear an area following an explosion near the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner is comforted as she cries in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical responders run an injured man past the finish line the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Two Boston Marathon volunteers hug each other, at right, as an injured person is loaded into an ambulance in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • A Boston police officer clears Boylston Street following an explosion at the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
ikigega cy'amafoto

ikigega cy'amafoto Amabombe Abiri Yaturikiye mu Gisagara ca Boston

Abantu babiri canke barenga barapfuye, abandi barenga ijana barakomereka inyuma yuko amabombe abiri yaturikiye hafi icarimwe hafi y’abantu b’abarorerezi ku murongo w’ukurangirizako ihiganwa rya marathon rya Boston.