Ku cyumweru, Gicurasi 25, 2013 isaha yo mu karere 06:11

ibirimwo / burundi

Abarwanya Ubutegetsi Muri Centrafrique Babandanya Gufata Ibindi Bice muri ico Gihugu

Abasirikare ba Reta ya Centrafrique Bariko Bagenzura Amabarabara yo ku Murwa Mukuru, Bangui.Abasirikare ba Reta ya Centrafrique Bariko Bagenzura Amabarabara yo ku Murwa Mukuru, Bangui.
x
Abasirikare ba Reta ya Centrafrique Bariko Bagenzura Amabarabara yo ku Murwa Mukuru, Bangui.
Abasirikare ba Reta ya Centrafrique Bariko Bagenzura Amabarabara yo ku Murwa Mukuru, Bangui.
ingano y'inyandiko - +
VOA Africa
Amakuru ava mu gihugu ca Centrafrique, avuga kw’abagwanya ubutegetsi, bagize urunani Seleka, bafashe ibindi bisagara bibiri, imisi mikeyi imbere yuko bitegekanijwe ko batangura ibiganiro, n’abategetsi ba Reta ya Centrafrique.

Amakuru atangwa na Reta, n’abantu baba hafi y’igisagara ca Bambari, avuga kw’ivyo bisagara vyafashwe, biri muri ako karere.

Itororokanirizo ry’amakuru ry’Abafransa, Agence France Presse, ryasubiyemwo umuntu aba, mu gisagara co muri ako karere ca Alindao, avuga kw’ico gisagara cafashwe. Niyo ayo makuru yemezwa,   vyoba ari bimwe mu bisagara bitari bike, abagwanya ubutegetsi bwa Centrafrique bazoba bafashe, mu kiringo c’ukwezi kurangiye.

Ayo makuru mashasha atuma haba amazinda, ku biganiro vy’amahoro, bitegekanijwe gutangura, ku musi wa kabiri, I Libreville, ku murwa mukuru w’igihugu ca Gabon.

Ku musi wa gatanu, urwego rw’ishirahamwe mpuzamakungu O-N-U, rijejwe kwubahiriza umutekano kw’isi, rwateye akamo abagwanya ubutegetsi, bariko batera bagana ku murwa mukuru Bangui, guhagarika urugamba rwabo, bakaja mu biganiro bigenewe gutora inyishu iciye mu biganiro, ku bibazo biri mu gihugu ca Centrafrique.

Urunani rw'abagwanya ubutegetsi, Seleka, ruhuza abagwanyi bava mu migwi igwanya ubutegetsi ine, iva mu buraruko bw’igihugu, ivuga ko Reta yasubiye ku masezerano y’amahoro, yo mu mwaka w’2007 no mu mwaka w’2008, yari kuba yatumye abagwanya ubutegetsi bahabwa amafranga kugira bishire ibigwanisho hasi, canke bagashirwa mu gisirikare c’igihugu.

Abarwanya ubutegetsi, bo mu runani, Seleka, bavuze ko prezida wa Centrafrique, Francois Bozize, ategerezwa kuva ku butegetsi.

Prezida Bozize yatangaje ko yifuza gushiraho Reta y’ubumwe, ko yamara azorangiza ikiringo ciwe ca kabiri, kizorangira, mu mwaka w’2016.
uru rubuga rurafunze
Ibitekerezo
     
nta gitekerezo kiratangwa kuri uru rubuga. Ba uwa mbere kugira icyo utangaza kuri uru rubuga

Videos

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Videwo

Videwo UN-Mali

Aya matora ya yobowe n'umukuru w'urwego rw'ishirahamwe ONU rujejwe kwubahiriza umutekano kw'isi mukiringo c'ukwezi kwa kane, Eugene-Richard Gasana, Ambassaderi w'igihugu c'Urwanda mw'ishirahamwe ONU.

Photo in the news

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
  • In this image from video provided by WBZ TV, spectators and runners run from what was described as twin explosions that shook the finish line of the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • President Barack Obama speaks at the White House in, following the explosions at the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • Medical workers aid a wounded woman at the finish line of the 2013 Boston Marathon following two explosions there, April 15, 2013.
  • A Massachusetts State Police officer guards the area containing the medical tent, rear, following an explosion at the 2013 Boston Marathon, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner leaves the course crying near Copley Square following an explosion, April 15, 2013.
  • A Boston police officer wheels in injured boy down Boylston Street as medical workers carry an injured runner following an explosion during the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid an injured man at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion there Monday, April 15, 2013 in Boston.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Boston police clear an area following an explosion near the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner is comforted as she cries in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical responders run an injured man past the finish line the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Two Boston Marathon volunteers hug each other, at right, as an injured person is loaded into an ambulance in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • A Boston police officer clears Boylston Street following an explosion at the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
ikigega cy'amafoto

ikigega cy'amafoto Amabombe Abiri Yaturikiye mu Gisagara ca Boston

Abantu babiri canke barenga barapfuye, abandi barenga ijana barakomereka inyuma yuko amabombe abiri yaturikiye hafi icarimwe hafi y’abantu b’abarorerezi ku murongo w’ukurangirizako ihiganwa rya marathon rya Boston.