Ku wa kane, Kamena 19, 2013 isaha yo mu karere 06:41

ibirimwo / burundi

Ibitero vy’Indege z’Ingwano z’Igihugu ca Syria Vyahitanye Abantu Mirongo Itandatu

Intumwa y'Amakungu ku Vyerekeye Amahoro muri Syria, Lakhdar BrahimiIntumwa y'Amakungu ku Vyerekeye Amahoro muri Syria, Lakhdar Brahimi
x
Intumwa y'Amakungu ku Vyerekeye Amahoro muri Syria, Lakhdar Brahimi
Intumwa y'Amakungu ku Vyerekeye Amahoro muri Syria, Lakhdar Brahimi
ingano y'inyandiko - +
VOA Africa
Abaharanira demokerasi n’agateka ka muntu mu gihugu ca Syria, batangaje kw’ibitero vy’indege z’ingwano za Reta y’ico gihugu, vyahitanye abantu batari bake, mu bice biri mu inwe y’abagwanya ubutegetsi, mu gihugu, mu gihe intumwa mpuzamakungu ku vyerekeye amahoro, Lakhdar Brahimi, yatanguye urundi rugendo, ku murwa mukuru w’igihugu ca Syria, Damas, kugerageza gutorera inyishu ingwano iri muri Syria.

Abaharanira demokrasi n’agateka ka muntu, ku murwa mukuru Damas, batangaje kw‘indege z’ingwano za Reta ya Syria, zateye amabombe, mu kibanza gikora imikate, mu gisagara ca Halfaya, mu ntara ya Hama, ejo ku musi w’Imana, mu vyahitanye vyongera bikomeretsa abantu batari bake.

Ishirahamwe riharanira agateka ka muntu muri Syria, rifise icicaro I Londres, mu Bwongereza, The Syrian Observatory for Human Rights, ryamenyesheje kw’indege z’ingwano zagize kandi ibitero mu gisagara ca al-Safira, mu ntara ya Aleppo, mu vyahitanye abantu cumi na batatu canke barenga.

Ico gisagara, kirimwo ikibanza gikomeye c’igisirikare ca Reta, abagwanya ubutegetsi bagerageje gufata, incuro zitari nke.

Amasanamu y’abaharanira demokrasi n’agateka ka muntu, yashizwe kuri internet, yereka nye ibindi bitero vy’indege z’ingwano, ku nkengera zo mu buseruko bw’umurwa mukuru wa Syria, Damas, mu gihe inteko za Reta ziriko zigerageza gutuza abagwanya ubutegetsi, barondera gukura ku butegetsi prezida Bashar al-Assad
uru rubuga rurafunze
Ibitekerezo
     
nta gitekerezo kiratangwa kuri uru rubuga. Ba uwa mbere kugira icyo utangaza kuri uru rubuga

Videos

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Videwo

Videwo UN-Mali

Aya matora ya yobowe n'umukuru w'urwego rw'ishirahamwe ONU rujejwe kwubahiriza umutekano kw'isi mukiringo c'ukwezi kwa kane, Eugene-Richard Gasana, Ambassaderi w'igihugu c'Urwanda mw'ishirahamwe ONU.

Photo in the news

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
  • In this image from video provided by WBZ TV, spectators and runners run from what was described as twin explosions that shook the finish line of the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • President Barack Obama speaks at the White House in, following the explosions at the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • Medical workers aid a wounded woman at the finish line of the 2013 Boston Marathon following two explosions there, April 15, 2013.
  • A Massachusetts State Police officer guards the area containing the medical tent, rear, following an explosion at the 2013 Boston Marathon, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner leaves the course crying near Copley Square following an explosion, April 15, 2013.
  • A Boston police officer wheels in injured boy down Boylston Street as medical workers carry an injured runner following an explosion during the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid an injured man at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion there Monday, April 15, 2013 in Boston.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Boston police clear an area following an explosion near the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner is comforted as she cries in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical responders run an injured man past the finish line the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Two Boston Marathon volunteers hug each other, at right, as an injured person is loaded into an ambulance in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • A Boston police officer clears Boylston Street following an explosion at the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
ikigega cy'amafoto

ikigega cy'amafoto Amabombe Abiri Yaturikiye mu Gisagara ca Boston

Abantu babiri canke barenga barapfuye, abandi barenga ijana barakomereka inyuma yuko amabombe abiri yaturikiye hafi icarimwe hafi y’abantu b’abarorerezi ku murongo w’ukurangirizako ihiganwa rya marathon rya Boston.