Ku wa kane, Kamena 19, 2013 isaha yo mu karere 18:03

ibirimwo / burundi

Abagandaguwe Kw’ishule Mu Ntara Ya Connecticut

Amazina y’abantu baguye mu bwicanyi ntangere mu ntara ya Connecticut, yaratangajwe

Lt. J. Paul Vance, umupolisi mukuru wo mu ntara ya Connecticut, ariko araha ikiganiro abamenyeshamakuru ku musi wa gatandatu, itariki 15 z'ukwezi kwa cumi na kabiri mu gisagara ca Newtown. Lt. J. Paul Vance, umupolisi mukuru wo mu ntara ya Connecticut, ariko araha ikiganiro abamenyeshamakuru ku musi wa gatandatu, itariki 15 z'ukwezi kwa cumi na kabiri mu gisagara ca Newtown.
x
Lt. J. Paul Vance, umupolisi mukuru wo mu ntara ya Connecticut, ariko araha ikiganiro abamenyeshamakuru ku musi wa gatandatu, itariki 15 z'ukwezi kwa cumi na kabiri mu gisagara ca Newtown.
Lt. J. Paul Vance, umupolisi mukuru wo mu ntara ya Connecticut, ariko araha ikiganiro abamenyeshamakuru ku musi wa gatandatu, itariki 15 z'ukwezi kwa cumi na kabiri mu gisagara ca Newtown.
ingano y'inyandiko - +
VOA
Abapolisi bo mu ntara ya Connecticut muri reta zunze ubumwe za amerika, batangaje amazina y’abantu 27, barimwo abana bato 20 bagandawe barashwe ku musi wa gatanu, mu bwicanyi bwababaje amerika yose hamwe n’amakungu.

Umuvugizi w’igipolisi ejo ku musi wa gatandatu niho yatangaza ayo mazina, yongera arasaba abamenyeshamakuru bari mur’ico gisagara ca Newtown co mur’io ntara cahekuwe, kwubahiriza umubabaro n’abagacerere, imiryango yabuze, irimwo.

Urwo rutonde rurimwo abana b’abakobwa 12 hamwe n’abana b’abahungu 8, bose bafise imyaka iri hagati y’6 n’7, kandi biga mu mwaka wa mbere. Abantu batandatu bakuze bagandaguwe, bose bar’abakenyezi.

Imbere y’aho, umuganga mukuru wo mu ntara ya Connecticut yasuzumye  abakomeretse hamwe n’abagandaguwe, H. Wayne Carver, yavuze ko we hamwe na bagenzi biwe bakorana, bakoze ijoro ryose bariko bararangura igikorwa co gusuzuma abagandaguwe hamwe n’abakomeretse. Yavuze kw’abantu bose bishwe, barashwe insoro nyinshi,  hakoreshejwe inkoho ndende yo mu bwoko Bushmaster  AR-15, nk’uko vyari vyatangajwe mbere.

Amakuru yari yatangajwe imbere y’aho, yavuga  kw’inkoho zibiri ngufi za Semi- automatic zari kumwe n’iyo nkoho ndede, zose zirambitse iruhande y’ikiziga c’uyo muntu yakoze iryo bara, mu modoka yiwe.

Abategetsi bavuga kw’uyo mugambi yakoze iryo bara, yapfiriye mur’ico kibanza nyene, yirashwe.

Umuganga Carver yavuze kandi kw’ isuzumwa ry’ikiziga c’uyo mugabo yarashe abo bantu bose, bavuga ko yitwa Adam Lanza afise imyaka 20 hamwe n’isuzumwa ry’ikiziga ca nyina wiwe, nawe nyene yishwe n’uyo muhungu wiwe mu kindi kibanza, imbere y’uko aja kwica abo bandi bantu kur’iryo shule, rihava riba uyu musi ku wa mungu.

Ejo ku musi wa gatandatu mu gitondo, abapolisi baratangaje kw’uyo mugabo yatikije inganda, atahawe uburenganzira bwo kwinjira mur’iryo shule ryitwa Sandy Hook Elementary School ku musi wa  gatanu, nk’uko vyari vyatangajwe.

Abapolisi ntibatangaje ingene yinjiye mur’iryo shule, bakaba bavuga ko bakiriko barabitohoza.

Abategetsi bo muri reta zunze ubumwe za amerika, gushika ubu, ntibarashobora kumenya icatumye uyo mugambi atikiza inganda: Ubwo bwicani bwaberereye ku birometero 130 vy’igisagara ca New York City.
uru rubuga rurafunze
Ibitekerezo
     
nta gitekerezo kiratangwa kuri uru rubuga. Ba uwa mbere kugira icyo utangaza kuri uru rubuga

Videos

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Videwo

Videwo UN-Mali

Aya matora ya yobowe n'umukuru w'urwego rw'ishirahamwe ONU rujejwe kwubahiriza umutekano kw'isi mukiringo c'ukwezi kwa kane, Eugene-Richard Gasana, Ambassaderi w'igihugu c'Urwanda mw'ishirahamwe ONU.

Photo in the news

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
  • In this image from video provided by WBZ TV, spectators and runners run from what was described as twin explosions that shook the finish line of the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • President Barack Obama speaks at the White House in, following the explosions at the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • Medical workers aid a wounded woman at the finish line of the 2013 Boston Marathon following two explosions there, April 15, 2013.
  • A Massachusetts State Police officer guards the area containing the medical tent, rear, following an explosion at the 2013 Boston Marathon, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner leaves the course crying near Copley Square following an explosion, April 15, 2013.
  • A Boston police officer wheels in injured boy down Boylston Street as medical workers carry an injured runner following an explosion during the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid an injured man at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion there Monday, April 15, 2013 in Boston.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Boston police clear an area following an explosion near the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner is comforted as she cries in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical responders run an injured man past the finish line the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Two Boston Marathon volunteers hug each other, at right, as an injured person is loaded into an ambulance in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • A Boston police officer clears Boylston Street following an explosion at the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
ikigega cy'amafoto

ikigega cy'amafoto Amabombe Abiri Yaturikiye mu Gisagara ca Boston

Abantu babiri canke barenga barapfuye, abandi barenga ijana barakomereka inyuma yuko amabombe abiri yaturikiye hafi icarimwe hafi y’abantu b’abarorerezi ku murongo w’ukurangirizako ihiganwa rya marathon rya Boston.