Ku wa gatanu, Gicurasi 06, 2016 isaha yo mu karere 22:37

    Ishule Ryigisha Icongereza Mu Burundi

    Abarongozi b’ishule ryigisha icongereza abategetsi hamwe n’abandi bantu bose bashaka kunonosora urwo rurimi, rirabandanya igikora caryo ntangere.

    Felicien Harerimana, aserukira ishule English language CenterFelicien Harerimana, aserukira ishule English language Center
    x
    Felicien Harerimana, aserukira ishule English language Center
    Felicien Harerimana, aserukira ishule English language Center
    Frederic Nkundikije
    Abakwirikirana ibikorwa vy’iryo shule kuva ritanguye uyo mulimo, bavuga ko mur’iki gihe baronse ubumenyi bukwiye bushobora gutuma bayaga na bagenzi babo bo mu bihugu bihurikiye mw’ishirahmwe ryo mu buseruko bwa Afrika.

    Bavuga kw’ivyo babikesha ahanini ubumenyi bw’abigisha banonosoye umwuga wo kwigisha ururimi rw’icongereza, iryo shule rikoresha, ibitabo vyiza hamwe n’ubundi buhinga bwa technology bwo kunagura ukuntu ururimi rw’icongereza ruvugwa:

    Twaraganiye na Felicien Hareriman, aserukira iryo shule, English Language Center, rikorana kandi rifashwa n’ishirahamwe Williams Academy, hamwe na Oscar Bahizi, umuhinga mu vyerekeye guhanahana amakuru hamwe n’umufasoni Alice Kabisa, umugwizatunga, yaronse ubumenyi mu rurimi rw'icongereza akuye mur’iyo shule:

    Mushobora kwumviriza ikiganiro:
    Ishule Ryigisha Icongereza
    Ishule Ryigisha Icongerezai
    || 0:00:00
    ...    
     
    X
    uru rubuga rurafunze
    Ibitekerezo
         
    nta gitekerezo kiratangwa kuri uru rubuga. Ba uwa mbere kugira icyo utangaza kuri uru rubuga