Ku wa kane, Gashyantare 11, 2016 isaha yo mu karere 04:17

    Abayobozi ba Ekleziya Catholika, Muri Amerika.

    Musenyeri wa Bururi Venant Bacinoni, Musenyeri Ndoricimpa Helmenegilde hamwe na Patiri Emmanuel Ndayegamiye, baragendeye intara zo muri Amerika.

    Patiri Emmanuel Ndayegamiye, Musenyeri Ndoricimpa Helmenegilde, Musenyeri wa Bururi Venant BacinoniPatiri Emmanuel Ndayegamiye, Musenyeri Ndoricimpa Helmenegilde, Musenyeri wa Bururi Venant Bacinoni
    x
    Patiri Emmanuel Ndayegamiye, Musenyeri Ndoricimpa Helmenegilde, Musenyeri wa Bururi Venant Bacinoni
    Patiri Emmanuel Ndayegamiye, Musenyeri Ndoricimpa Helmenegilde, Musenyeri wa Bururi Venant Bacinoni
    Frederic Nkundikije
    Mur’urwo rugendo rwabo, abo bungere ba Ekleziya Catholika hamwe n’uyo mupatiri, barabonanye na bagenzi baba bo muri Amerika, baraheza barayaga ku vyerekeye amabanga basangiye, bongera baravugana no ku vyerekeye imigambi yo kunagura ibisata bitari bike birimwo imigambi yo gufasha abapatiri n’ababikira bageze mu zabukuru, imigambi yo gufashanya mu nyigisho zo muri kaminuza hamwe n’imigambi yo guteza imbere ubuzima bw’abanyagihugu no kubaronsa ivyangombwa, ikiremwa muntu wese akeneye:

    Musenyeri Venant Bacinoni, na Musenyeri Helmenegilde Ndoricimpa, barashoboye kandi kwibonera bimwe mu bintu vyo muri Amerika, bishobora kugirira akamaro abakristu bo mu Burundi.

    Mushobora kwumviriza iki kiganiro:
    Abasenyeri na Patiri mu rugendo muri Amerika
    Abasenyeri na Patiri mu rugendo muri Amerikai
    || 0:00:00
    ...    
     
    X