Ku wa kane, Ukuboza 18, 2014 isaha yo mu karere 06:04

Ishirahamwe “Kazoza” Rifasha Imiyabaga y’Abarundi Kwiteza Imbere

Florian Bizindavyi Ayoboye Ishirahamwe,"Kazoza"Florian Bizindavyi Ayoboye Ishirahamwe,"Kazoza"
x
Florian Bizindavyi Ayoboye Ishirahamwe,"Kazoza"
Florian Bizindavyi Ayoboye Ishirahamwe,"Kazoza"
Fidele Niyongabo
Ishirahamwe, “Kazoza” n’ishirahamwe ridakorera inyungu ryashizweho kugira rifashe gushiraho uburyo n’iterambere rizorama mu Burundi.

Ivyo bica mu gufasha n’ugushira mu ngiro iigambi zorama mu Burundi.

Ishirahamwe Kazoza ryashinzwe n’Abarundi baba mu gihugu ca Canada bafashe ingingo y’ugushira hamwe inguvu zabo n’ubuhinga bwabo kugira biyumvire uburyo bw’uguteza imbere iyindi miyabaga mu Burundi.

Ishirahamwe, “Kazoza” ryahisemwo gushimikira ku bakiri bato mu Burundi, kubera aribo Burundi bw’ejo mu gutuma bashobora gushiraho imigambi yerekeye iterambere.

Ishirahamwe, “Kazoza” ryarashizeho ikigega kijejwe gutuma abakiri bato bafise imigambi yerekeye iterambere bashobora kuronka ingurane mu Burundi.
Ishirahamwe, "Kazoza" Rijejwe Gufasha Imiyabaga Kwiteza Imbere mu Burundi
Ishirahamwe, "Kazoza" Rijejwe Gufasha Imiyabaga Kwiteza Imbere mu Burundii
|| 0:00:00
...    
🔇
X
uru rubuga rurafunze
Ibitekerezo
     
nta gitekerezo kiratangwa kuri uru rubuga. Ba uwa mbere kugira icyo utangaza kuri uru rubuga