Ku cyumweru, Gicurasi 25, 2013 isaha yo mu karere 07:55

ibirimwo / burundi

Prezida w’Igihugu ca Misiri Yarakuyeho Ingingo Yari Yafashe Imuha Ububasha Burengeye Urugero

Prezida w'Igihugu ca Misiri, Mohamed MorsiPrezida w'Igihugu ca Misiri, Mohamed Morsi
x
Prezida w'Igihugu ca Misiri, Mohamed Morsi
Prezida w'Igihugu ca Misiri, Mohamed Morsi
ingano y'inyandiko - +
VOA Africa
Prezida w’igihugu ca Misiri, yarafuse ingingo yari yafashe, mu kwezi sguheze, yamuha ububasha burengeye urugero. Ivyo yabigize kugira agabanye umwuka mubi wa politike, n’uruhagarara biri, mu gihugu ca Misiri.

Yamara umuvugizi wa prezida Morsi yatangaj,e mw’ijoro ry’ejo ku musi wa gatandatu, ko referendum kw’ibwirizwa nshingiro, ridahuriweko na bose, izoba nkuko vyateguwe kw’italiki cumi  na zitanu, z’uku kwezi kw’icumi na kabiri. Abatavuga rumwe na Reta ya Misiri nta nyishu batanze icese ,kw’ifutwa ry’iyo ngingo.

Ingingo prezida Morsi, yari yafashe, mu kwezi guheze, hamwe na referendum vyatumye haba imyiyerekano, yageramiye igihugu ca Misiri, mu kiringo c’indwi zibiri zirangiye.

Abatavuga rumwe na Reta bavuga kw’integurro y’ibwirizwa nshingiro yatunganijwe n’abashigikiye prezida Morsi, batabigizemwo uruhara.

Basavye ko referendum itegekanijwe ikurwaho, integuro nshasha y’ibwirizwa nshingiro igatunganywa, abatavuga rumwe na Reta batanze intererano.

Abayoboye abatavuga rumwe na Reta, bagirije kandi prezida Morsi ko yakoresheje ingingo yafashe, kw’italiki mirongo ibiri na zibiri, z’ukwezi kw’icumi na rimwe, kugira yihe ubutegetsi, burengeye urugero ,mu vyibutsa prezida Hosni Mubarak, yakuwe ku butegetsi.
uru rubuga rurafunze
Ibitekerezo
     
nta gitekerezo kiratangwa kuri uru rubuga. Ba uwa mbere kugira icyo utangaza kuri uru rubuga

Videos

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Videwo

Videwo UN-Mali

Aya matora ya yobowe n'umukuru w'urwego rw'ishirahamwe ONU rujejwe kwubahiriza umutekano kw'isi mukiringo c'ukwezi kwa kane, Eugene-Richard Gasana, Ambassaderi w'igihugu c'Urwanda mw'ishirahamwe ONU.

Photo in the news

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
  • In this image from video provided by WBZ TV, spectators and runners run from what was described as twin explosions that shook the finish line of the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • President Barack Obama speaks at the White House in, following the explosions at the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • Medical workers aid a wounded woman at the finish line of the 2013 Boston Marathon following two explosions there, April 15, 2013.
  • A Massachusetts State Police officer guards the area containing the medical tent, rear, following an explosion at the 2013 Boston Marathon, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner leaves the course crying near Copley Square following an explosion, April 15, 2013.
  • A Boston police officer wheels in injured boy down Boylston Street as medical workers carry an injured runner following an explosion during the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid an injured man at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion there Monday, April 15, 2013 in Boston.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Boston police clear an area following an explosion near the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner is comforted as she cries in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical responders run an injured man past the finish line the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Two Boston Marathon volunteers hug each other, at right, as an injured person is loaded into an ambulance in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • A Boston police officer clears Boylston Street following an explosion at the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
ikigega cy'amafoto

ikigega cy'amafoto Amabombe Abiri Yaturikiye mu Gisagara ca Boston

Abantu babiri canke barenga barapfuye, abandi barenga ijana barakomereka inyuma yuko amabombe abiri yaturikiye hafi icarimwe hafi y’abantu b’abarorerezi ku murongo w’ukurangirizako ihiganwa rya marathon rya Boston.