Ku wa gatatu, Kamena 18, 2013 isaha yo mu karere 05:44

ibirimwo / burundi

Umurwi M23, Waravuye Mu Gisagara ca Goma

Ishirahamwe ONU, ryatangaje kw’abarwanya, bavuye mu gisagara ca Goma. Ejo ku musi wa gatandatu.

Aabrwanyi b'umurwi M23, bariko barava mu gisagara ca Goma ku musi wa gatandatuAabrwanyi b'umurwi M23, bariko barava mu gisagara ca Goma ku musi wa gatandatu
x
Aabrwanyi b'umurwi M23, bariko barava mu gisagara ca Goma ku musi wa gatandatu
Aabrwanyi b'umurwi M23, bariko barava mu gisagara ca Goma ku musi wa gatandatu
ingano y'inyandiko - +
VOA Africa Division
Abarwanya ubutegetsi mu gihugu ca Republika ya Congo Iharanira Demokrasi, bashika 300 baravuye mu gisagara ca Goma, kiri mu buseruko bw’igihugu: igisagara kirimwo ubutare bwinshi, bari bafashe hagati y’ukwezi kwa cumi na rimwe.

Umumenyeshamakuru w’iradiyo Ijwi rya Amerika ari mu gisagara ca Goma,  Gabe Joselow, avuga kw’abarwanya ubutegetsi bariko bagenda bagana uburaruko bw’igisagara ca Kibumba, bari mw’ibarabara baciyemwo igihe binjira gufata igisagara ca Goma, mu ndwi zibiri ziheze.

Abarwanya ubutegetsi baremeye kuva mur’ico gisagara, kugira ngo baje ku birometero 20, kure yaco, nk’uko amasezerano yapfunditswe n’abategetsi bo mu ntara, abivuga.

Umuvugizi w’inteko z’ishirahamwe mpuzamakungu zijejwe gucungera umutekano mu gihugu ca Congo, Kieran Dwyer, yarashimye iyo ngingo yo kuva mu gisagara ca Goma, yamara yaragabishije avuga kw’iyo ngingo ar’intambwe ya mbere, ariko kw’umutekano mur’iyo ntara, utaratsimbatara.

Yavuze ko bihambaye cane kw’abarwanyi bo mu muhari M23 bubahiriza amasezerano yo kuva mur’ico gisagara, yapfunditswe n’abategetsi bo mur’iyo ntara, mur’iki gihe ingingo  zo gutorera umuti ubutagisubinyuma ibibazo vyose, zibandanya kwigwa.

Ku bimwerekeye, umuvugizi w’abarwanya ubutetsi Sultani Makenga, yaragabishije ejo ku musi wa gatandatu, ko mu gihe president Joseph Kabila atokwubahiriza amazerano yapfunditswe, abasirikare biwe biteguriye kuzoca basubira mur’ico gisagara.

Abarwanyi bo mu muwi M23, bahora bari mu mirwi irwanya ubutegetsi yinjijwe mu gisirikare ca Congo,  gushika   mu ntango z’uyu mwaka, igihe bava mu gisirikare, bidoga ko bakumirwa kandi bafatwa nabi.
uru rubuga rurafunze
Ibitekerezo
     
nta gitekerezo kiratangwa kuri uru rubuga. Ba uwa mbere kugira icyo utangaza kuri uru rubuga

Videos

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Videwo

Videwo UN-Mali

Aya matora ya yobowe n'umukuru w'urwego rw'ishirahamwe ONU rujejwe kwubahiriza umutekano kw'isi mukiringo c'ukwezi kwa kane, Eugene-Richard Gasana, Ambassaderi w'igihugu c'Urwanda mw'ishirahamwe ONU.

Photo in the news

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
  • In this image from video provided by WBZ TV, spectators and runners run from what was described as twin explosions that shook the finish line of the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • President Barack Obama speaks at the White House in, following the explosions at the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • Medical workers aid a wounded woman at the finish line of the 2013 Boston Marathon following two explosions there, April 15, 2013.
  • A Massachusetts State Police officer guards the area containing the medical tent, rear, following an explosion at the 2013 Boston Marathon, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner leaves the course crying near Copley Square following an explosion, April 15, 2013.
  • A Boston police officer wheels in injured boy down Boylston Street as medical workers carry an injured runner following an explosion during the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid an injured man at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion there Monday, April 15, 2013 in Boston.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Boston police clear an area following an explosion near the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner is comforted as she cries in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical responders run an injured man past the finish line the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Two Boston Marathon volunteers hug each other, at right, as an injured person is loaded into an ambulance in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • A Boston police officer clears Boylston Street following an explosion at the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
ikigega cy'amafoto

ikigega cy'amafoto Amabombe Abiri Yaturikiye mu Gisagara ca Boston

Abantu babiri canke barenga barapfuye, abandi barenga ijana barakomereka inyuma yuko amabombe abiri yaturikiye hafi icarimwe hafi y’abantu b’abarorerezi ku murongo w’ukurangirizako ihiganwa rya marathon rya Boston.