Ku wa kane, Gicurasi 22, 2013 isaha yo mu karere 21:30

ibirimwo / burundi

Igihugu ca Misiri Carateguye Ibwirizwa Nshingiro Rigumana Amategeko Yisunga Idini rya Islamu

Imyiyerekano y'Abanyamisiri Badashigikiye Ingingo ya Prezida Mohamed MorsiImyiyerekano y'Abanyamisiri Badashigikiye Ingingo ya Prezida Mohamed Morsi
x
Imyiyerekano y'Abanyamisiri Badashigikiye Ingingo ya Prezida Mohamed Morsi
Imyiyerekano y'Abanyamisiri Badashigikiye Ingingo ya Prezida Mohamed Morsi
ingano y'inyandiko - +
VOA Africa
Umurwi ugizwe ahanini n’abantu bashigikiye imico ya kera, bariko batunganye ibwirizwa nshingiro rishasha, ry’igihugu ca Misiri, baragumijeho ingingo z’amategeko afatiye kw’idini rya islamu, nk’isoko ry’amategeko, bakaba baranyarukije kwemeza izo ngingo, naho abatavuga rumwe na Reta, bihojeje izo ngingo, kandi ibibazo vya politike bibandanya kwiyongera, mu gihugu ca Misiri.

Mu kiringo c’imisi mikeyi irangiye, hafi y’abatavuga rumwe na Reta mirongo itatu, baravuye muri uwo murwi, mu mugambi w’ukwiyamiriza, ivyo bise kunyuruza igikorwa c’ugutunganya ibwirizwa nshingiro rishasha, cagizwe n’abashigikiye prezida w’igihugu ca Misiri, Mohamed Morsi.

Prezida w’igihugu ca Misiri, Mohamed Morsi, yatumye uruhagarara, ruhari muri iki gihe, rwaduka mu ndwi iheze, igihe yiha ubutegetsi bukomeye bushasha, gushika ibwirizwa nshingiro riherahejwe, vyari vyitezwe kw’ashikiriza ijambo abanyagihugu, mw’ijoro ry’ejo ku musi wa kane.

Uruhagarara ruri, mu gihugu ca Misiri, muri iki gihe, rwatumye haba imyiyerekano, mu mabarabara ,yamaze indwi, yabandanije gushijka ubu. Abantu babiri barapfuye, abandi amajana n’amajana, barakomereka, mu myiyerekano yabaye, mu gihugu cose, yatumwe n’itegeko ryafashwe na prezida Morsi, rituma inzego z’ubutungane, zidashobora guhinyuza ingingo ziwe.
uru rubuga rurafunze
Ibitekerezo
     
nta gitekerezo kiratangwa kuri uru rubuga. Ba uwa mbere kugira icyo utangaza kuri uru rubuga

Videos

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Videwo

Videwo UN-Mali

Aya matora ya yobowe n'umukuru w'urwego rw'ishirahamwe ONU rujejwe kwubahiriza umutekano kw'isi mukiringo c'ukwezi kwa kane, Eugene-Richard Gasana, Ambassaderi w'igihugu c'Urwanda mw'ishirahamwe ONU.

Photo in the news

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
  • In this image from video provided by WBZ TV, spectators and runners run from what was described as twin explosions that shook the finish line of the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • President Barack Obama speaks at the White House in, following the explosions at the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • Medical workers aid a wounded woman at the finish line of the 2013 Boston Marathon following two explosions there, April 15, 2013.
  • A Massachusetts State Police officer guards the area containing the medical tent, rear, following an explosion at the 2013 Boston Marathon, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner leaves the course crying near Copley Square following an explosion, April 15, 2013.
  • A Boston police officer wheels in injured boy down Boylston Street as medical workers carry an injured runner following an explosion during the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid an injured man at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion there Monday, April 15, 2013 in Boston.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Boston police clear an area following an explosion near the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner is comforted as she cries in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical responders run an injured man past the finish line the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Two Boston Marathon volunteers hug each other, at right, as an injured person is loaded into an ambulance in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • A Boston police officer clears Boylston Street following an explosion at the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
ikigega cy'amafoto

ikigega cy'amafoto Amabombe Abiri Yaturikiye mu Gisagara ca Boston

Abantu babiri canke barenga barapfuye, abandi barenga ijana barakomereka inyuma yuko amabombe abiri yaturikiye hafi icarimwe hafi y’abantu b’abarorerezi ku murongo w’ukurangirizako ihiganwa rya marathon rya Boston.