Ku cyumweru, Gashyantare 07, 2016 isaha yo mu karere 12:22

    Ivyerekeye Umuderi Mu Burundi No Mu Rwanda

    Claudia NiyonzimaClaudia Niyonzima
    x
    Claudia Niyonzima
    Claudia Niyonzima
    Fidele Niyongabo
    Ivyerekeye umuderi muri Afrika biramaze gutera intambwe.

    Amahiganwa y’ivyerekeye umuderi aramaze kuba incuro zitari nke mu karere ka Afrika.

    Ihiganwa riheruka rikaba ryabereye I Johannesburg muri Afrika y’epfo.

    Radiyo Ijwi rya Amerika ryaraganiye ku bijanye n’umuderi mu Burundi no mu Rwanda na Patrick Muhire afise maison y’umuderi, Inkanda mu Rwandan’umurundikazi, Claudia Niyonzima, yatsindiye ihiganwa ry’ubwiza ryo mu karere ko muri Afrika yo mu buseruko mu mwaka w’2008 hamwe na Eloge Willy Kaneza, akwirikirana ivyerekeye umuderi ari I Bujumbura.

    Tubatege amatwi:
    Ivyerekeye Umuderi mu Burundi n'Urwanda
    Ivyerekeye Umuderi mu Burundi n'Urwandai
    || 0:00:00
    ...    
     
    X
    uru rubuga rurafunze
    Ibitekerezo
         
    nta gitekerezo kiratangwa kuri uru rubuga. Ba uwa mbere kugira icyo utangaza kuri uru rubuga