Ku wa gatanu, Gicurasi 23, 2013 isaha yo mu karere 13:08

ibirimwo / burundi

Umunyamisiri, Mohammed ElBaradei Yasavye Prezida w’igihugu ca Misiri, Gukuraho Ububasha Burengeye Urugero Yihaye

Prezida wa Misiri Mohamed Morsi, Prezida wa Misiri Mohamed Morsi,
x
Prezida wa Misiri Mohamed Morsi,
Prezida wa Misiri Mohamed Morsi,
ingano y'inyandiko - +
VOA Africa
Umunyamisiri akomeye aharanira demokrasi, Mohammed ElBaradei yasavye prezida w’igihugu ca Misiri, Mohamed Morsi gukuraho ububasha burengeye urugero yihaye kugira ntibitume uruhagarara rwiyongera mu gihugu ca Misiri ciyukeyeko intwaro y’agahotoro yari imaze igihe kirekire mu gihugu ca Misiri.

Ivyo Mohammed ElBaradei, yatsindiye agashimwe kitiriwe Nobel yabitangarije imbere y’abantu bari bakoraniye ejo ku musi wa gatandatu mu kibanzaca Tahrir Square  kiri hagati ku murwa mukuru, Cairo kwiyamiriza amategeko ya prezida Mohamed Morsi atuma aba hejuru y’inzego z’ubutungane kandi akingira abamushigikiye mu nama nshingamateka.

Urwego rukuru rwerekeye ubutungane mu gihugu ca Misiri, rwariyamirije ayo mategeko aha ububashaburengeye prezida Morsi. Mw’itangazo basohoye ejo ku musi wa gatandatu, abacamanza bagize urwo rwego bavuze ko ingingo ya prezida  Morsi igeramiye mu buryo butari bwabe imbere yaho ubwigenge bw’inzego z’ubutungane.

Imyiyerekano mu kibanza ca Thahrir Square ku murwa mukuru w’igihugu ca Misiri, Cairo, yarabandanije ku musi ugira kabiri, mu vyatumye inteko zijejwe umutekano zirasa imyuka ibabaza mu maso ku bari mu myiyerekano. Imyiyerekano yatanguye ku musi wa gatanu, umusi umwe inyuma yuko prezida Morsi atangaje kw’ingingo ziwe zidashobora gusubirwamwo n’amasentare canke ubunsi butegetsi ubwaribwo bwose.

Videos

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Videwo

Videwo UN-Mali

Aya matora ya yobowe n'umukuru w'urwego rw'ishirahamwe ONU rujejwe kwubahiriza umutekano kw'isi mukiringo c'ukwezi kwa kane, Eugene-Richard Gasana, Ambassaderi w'igihugu c'Urwanda mw'ishirahamwe ONU.

Photo in the news

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
  • In this image from video provided by WBZ TV, spectators and runners run from what was described as twin explosions that shook the finish line of the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • President Barack Obama speaks at the White House in, following the explosions at the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • Medical workers aid a wounded woman at the finish line of the 2013 Boston Marathon following two explosions there, April 15, 2013.
  • A Massachusetts State Police officer guards the area containing the medical tent, rear, following an explosion at the 2013 Boston Marathon, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner leaves the course crying near Copley Square following an explosion, April 15, 2013.
  • A Boston police officer wheels in injured boy down Boylston Street as medical workers carry an injured runner following an explosion during the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid an injured man at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion there Monday, April 15, 2013 in Boston.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Boston police clear an area following an explosion near the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner is comforted as she cries in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical responders run an injured man past the finish line the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Two Boston Marathon volunteers hug each other, at right, as an injured person is loaded into an ambulance in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • A Boston police officer clears Boylston Street following an explosion at the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
ikigega cy'amafoto

ikigega cy'amafoto Amabombe Abiri Yaturikiye mu Gisagara ca Boston

Abantu babiri canke barenga barapfuye, abandi barenga ijana barakomereka inyuma yuko amabombe abiri yaturikiye hafi icarimwe hafi y’abantu b’abarorerezi ku murongo w’ukurangirizako ihiganwa rya marathon rya Boston.