Ku wa mbere, Gashyantare 08, 2016 isaha yo mu karere 11:58

    Ingaruka Mu Makungu Ku Gusubira Gutorwa Kwa Prezida Wa Amerika, Barack Obama

    Amatora yo muri Amerika yabaye ku musi wa kabiri uheze yahaye intsinzi Prezida Barack Obama.

    Thierry Uwamahoro na Rene Claude NiyonkuruThierry Uwamahoro na Rene Claude Niyonkuru
    x
    Thierry Uwamahoro na Rene Claude Niyonkuru
    Thierry Uwamahoro na Rene Claude Niyonkuru
    Fidele Niyongabo

    Ayo matora yarakwirikiranywe cane ngaha muri Amerika no mu makungu.
    Ijwi rya Amerika ryaraganiye na Claude Rene Niyonkuru, yanonosoye ivyerekeye amategeko n’ivy’ugutunganya intwaro, akaba ari Bruxelles mu gihugu c’Ububiligi na Thierry Uwamahoro, akora muri Sosiyete, ABTS Associates, ngaha I Washington DC NA Concorde Dukuze, umunyeshule muri kaminuza y’Uburundi ari I Bujumbura, ku ngaruka ugusubira gutorwa kwa prezida Obama bishobora kugira mu makungu.

    Tubatege amatwi:
    Ingaruka Mu Makungu Ku Gusubira Gutorwa Kwa Prezida Wa Amerika
    Ingaruka Mu Makungu Ku Gusubira Gutorwa Kwa Prezida Wa Amerikai
    || 0:00:00
    ...    
     
    X
    uru rubuga rurafunze
    Ibitekerezo
         
    nta gitekerezo kiratangwa kuri uru rubuga. Ba uwa mbere kugira icyo utangaza kuri uru rubuga