Ku wa kabiri, Nyakanga 29, 2014 isaha yo mu karere 16:46

Umutegetsi mukuru w’ikigega mu gihugu ca Guinee, Aissatou Boiro yaragandaguwe

VOA Africa
Abantu bitwaje ibigwanisho barashe, ku modoka ya Aissatou Boiro, mw’ijoro ryo ku musi wa gatanu, ku murwa mukuru w’igihugu ca Guinee, Conakry. Boiro yariko atohoza ivyavurwako, wari umugambi w’abategetsi, w’ukunyuruza, mu kigega ca Reta, hafi y’imilioni zibiri z’amadolari.

Umutegetsi muri Reta y’igihugu ca Guinee, yabwiye itororkanirizo ry’amakuru ry’Abafransa,  Agence France Press,e kw’igandagurwa rya Aissatou Boiro, ari igikorwa c’abandi bategetsi ba Reta, barondeye kumunumya.
uru rubuga rurafunze
Ibitekerezo
     
nta gitekerezo kiratangwa kuri uru rubuga. Ba uwa mbere kugira icyo utangaza kuri uru rubuga