Ku wa kane, Kamena 19, 2013 isaha yo mu karere 06:47

ibirimwo / burundi

Prezida Obama Yaratsinze Intara ya Florida

Prezida wa Amerika, Barack Obama Prezida wa Amerika, Barack Obama
x
Prezida wa Amerika, Barack Obama
Prezida wa Amerika, Barack Obama
ingano y'inyandiko - +
VOA Africa
Prezida wa Amerika, Barack Obama yaratangajwe kw'ariwe yatsinze intara yabayemwo ihiganwa rikomeye ya Florida, imisi ine inyuma yuko atsindiye gusubira kuyobora Amerika, mu kindi kiringo c’imyaka ine.

Intara ya Florida, iri mu bumanuko bwa Amerika, niyo ntara yonyene yari ikiriko iraharura amajwi, inyuma y’amatora ya prezida, yo ku musi wa kabiri.

Departement ya Reta ya Florida, yatangaje ko prezida Obama yaronse, ibice mirongo itanu kw’ijana vy’amajwi, mu gihe uwo bahiganywe w’Umurepublika, Mitt Romney, yaronse mirongo icenda n’igice kimwe kw’ijana vy’amajwi. Prezida Obama akaba yasumbije Romney, amajwi agera ku bihumbi mirongo irindwi na bine
.
Prezida Obama, yaza yaronse amajwi akomakomeye, arenga amajana abiri na mirongo irindwi, akenewe kugira atnsindire kirindi kiringo c’ukuyobora Amerika.

Kubera intsinzi ya prezida Obama mu ntara ya Florida, ifise amajwi akomakomeye mirongo ibiri n’icenda, yatsindiye, muri rusangi, amajwi akomakomeye amajana atatu na mirongo itatu n’abiri, mu gihe Romney yaronse amajwi akomakomeye amajana abiri n’atandatu.
uru rubuga rurafunze
Ibitekerezo
     
nta gitekerezo kiratangwa kuri uru rubuga. Ba uwa mbere kugira icyo utangaza kuri uru rubuga

Videos

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Videwo

Videwo UN-Mali

Aya matora ya yobowe n'umukuru w'urwego rw'ishirahamwe ONU rujejwe kwubahiriza umutekano kw'isi mukiringo c'ukwezi kwa kane, Eugene-Richard Gasana, Ambassaderi w'igihugu c'Urwanda mw'ishirahamwe ONU.

Photo in the news

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
  • In this image from video provided by WBZ TV, spectators and runners run from what was described as twin explosions that shook the finish line of the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • President Barack Obama speaks at the White House in, following the explosions at the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • Medical workers aid a wounded woman at the finish line of the 2013 Boston Marathon following two explosions there, April 15, 2013.
  • A Massachusetts State Police officer guards the area containing the medical tent, rear, following an explosion at the 2013 Boston Marathon, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner leaves the course crying near Copley Square following an explosion, April 15, 2013.
  • A Boston police officer wheels in injured boy down Boylston Street as medical workers carry an injured runner following an explosion during the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid an injured man at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion there Monday, April 15, 2013 in Boston.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Boston police clear an area following an explosion near the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner is comforted as she cries in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical responders run an injured man past the finish line the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Two Boston Marathon volunteers hug each other, at right, as an injured person is loaded into an ambulance in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • A Boston police officer clears Boylston Street following an explosion at the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
ikigega cy'amafoto

ikigega cy'amafoto Amabombe Abiri Yaturikiye mu Gisagara ca Boston

Abantu babiri canke barenga barapfuye, abandi barenga ijana barakomereka inyuma yuko amabombe abiri yaturikiye hafi icarimwe hafi y’abantu b’abarorerezi ku murongo w’ukurangirizako ihiganwa rya marathon rya Boston.