Ku wa gatanu, Gicurasi 23, 2013 isaha yo mu karere 18:02

ibirimwo / burundi

Obama Na Romney, Mu Misi Ya Nyuma Yo Kiyamamaza

Ikiringo co kwiyamamaza kirarangira kur’uyu wa mbere.

President Obama ari kumwe na president Clinton, imbere y'uko batangura ikoraniroPresident Obama ari kumwe na president Clinton, imbere y'uko batangura ikoraniro
x
President Obama ari kumwe na president Clinton, imbere y'uko batangura ikoraniro
President Obama ari kumwe na president Clinton, imbere y'uko batangura ikoraniro
ingano y'inyandiko - +
VOA
President wa reta zunze ubumwe za amerika Barack Obama hamwe n’umurepublika Mitt Romney bariko barahiganwa, bariko baracanako mu ntara zitandukanye, mur’iki gihe hasigaye umusi umwe, ngo amatora abe.

Mu ntara ya mbere yaciyemwo ku musi wa mungu, president Obama yaragendeye ababanyagihugu bo mu ntara ya New Hampshire, aho yavuze kw’inyuma y’imyaka ine amaze ku butegetsi, gushika ubu, ariwe ashobora guhindura ibintu muri Amerika.

Yaciye aja mu  bumanuko bw’intara ya Florida, imbere y’uko aja mu ntara ya Ohio, no  mu ntara ya Colorado, yaherejemwo.

Kur’uyu musi wa mbere, president Obama ahava aja mu ntara ya Wisconsin hamwe no mu ntara ya Iowa, hanyuma yongere akoreshe ikoraniro mu ntara ya Ohio, imbere y’uko aja mu gisagara ciwe yahora abamwo ca Chicago, arinaho azoba ari igihe ivyavuye mu matora, bizotangazwa ejo ku musi wa kabiri mw’ijoro.

Ku rundi ruhande naho, umushingantahe Romney yarakoresheje ikoraniro mu ntara ya Iowa, imbere y’uko aja mu ntara ya Ohio, Mu ntara ya Pennsylvania hamwe no mu ntara ya Virginia.

Uyu musi ku wa mbere, bitegekanijwe kw’ahava aja mu ntara ya Florida imbere y’uko asubira mu ntara ya Virgnia, Ohio na New Hamshire. Igihe  ivyavuye mu matora amatora bizotangarizwa ejo ku musi wa kabiri, umushingantahe Romney azoba ari mu gisagara ca Boston, mu ntara ya Massachusetts.

Ibiharuro bitohozwa, vyerekana kw’abo bategetsi basa n’abanganya amajwi mu ntara zikomeye: Colorado, Florida, Ohio hamwe na Virginia.

President ari imbere gatoyi mu ntara ya Ohio hamwe no m u ntara ya Virginia, mu gihe umushingantahe Romney ari imbere mu ntara ya Colorado.  Abo bategetsi basa n’abanganya mu ntara ya Florida.

Izo ntara uko ari zine, nizo ntara bita “ Swing States” zitanga uburenganzira bwo gushikana amajwi 270, atuma umunyapoltike atsinda amatora y’umukuru w’igihugu muri Amerika.
uru rubuga rurafunze
Ibitekerezo
     
nta gitekerezo kiratangwa kuri uru rubuga. Ba uwa mbere kugira icyo utangaza kuri uru rubuga

Videos

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Videwo

Videwo UN-Mali

Aya matora ya yobowe n'umukuru w'urwego rw'ishirahamwe ONU rujejwe kwubahiriza umutekano kw'isi mukiringo c'ukwezi kwa kane, Eugene-Richard Gasana, Ambassaderi w'igihugu c'Urwanda mw'ishirahamwe ONU.

Photo in the news

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
  • In this image from video provided by WBZ TV, spectators and runners run from what was described as twin explosions that shook the finish line of the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • President Barack Obama speaks at the White House in, following the explosions at the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • Medical workers aid a wounded woman at the finish line of the 2013 Boston Marathon following two explosions there, April 15, 2013.
  • A Massachusetts State Police officer guards the area containing the medical tent, rear, following an explosion at the 2013 Boston Marathon, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner leaves the course crying near Copley Square following an explosion, April 15, 2013.
  • A Boston police officer wheels in injured boy down Boylston Street as medical workers carry an injured runner following an explosion during the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid an injured man at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion there Monday, April 15, 2013 in Boston.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Boston police clear an area following an explosion near the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner is comforted as she cries in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical responders run an injured man past the finish line the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Two Boston Marathon volunteers hug each other, at right, as an injured person is loaded into an ambulance in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • A Boston police officer clears Boylston Street following an explosion at the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
ikigega cy'amafoto

ikigega cy'amafoto Amabombe Abiri Yaturikiye mu Gisagara ca Boston

Abantu babiri canke barenga barapfuye, abandi barenga ijana barakomereka inyuma yuko amabombe abiri yaturikiye hafi icarimwe hafi y’abantu b’abarorerezi ku murongo w’ukurangirizako ihiganwa rya marathon rya Boston.