Ku wa gatanu, Gicurasi 23, 2013 isaha yo mu karere 19:11

ibirimwo / burundi

Impari za Politike Zigira Gatatu

Abanyamerika bararindiranye igishika cinshi impari za politike z'uyu wa mbere.

President Barack Obama na bulamatari Mitt Romney, igihe c'impari za politike zigira kabiriPresident Barack Obama na bulamatari Mitt Romney, igihe c'impari za politike zigira kabiri
x
President Barack Obama na bulamatari Mitt Romney, igihe c'impari za politike zigira kabiri
President Barack Obama na bulamatari Mitt Romney, igihe c'impari za politike zigira kabiri
ingano y'inyandiko - +
Ku musi wa mbere itariki 22 z’ukwezi kw’icumi, president Barack Obama hamwe n’umurepublika bariko barahiganwa mu matora y’umukuru w’igihugu ategekanijwe kw’igenekerezo rya 6 ry’ukwezi kwa cumi na rimwe, barishura bijanye  na politike ya amerika mu makungu, mu mpari zabo za politike zigira gatatu, arizo za nyuma, imbere y’amatora yo mur’uyu mwaka.

Abahinga mu vya politike bavuga kw’izo mpari zihambaye cane, kuko zizoba zerekeye imigederanire ya Amerika mu makungu,  mur’iki gihe havugwa amakuru menshi yerekeye ibitero vyabaye kuri consulat ya amerika mu gihugu ca Libya, ibigwanisho nucleaire vy’igihugu ca Irani,  ubucuti hagati ya reta zunze ubumwe za amerika hamwe n’igihugu ca Israeli, hatibagiwe uruhara rw’igihugu c’Ubushinois mu vyerekeye ubudandaji hamwe n’agaciro k’ifarnaga ry’ico gihugu:

Twaraganiye n’umushingantahe Hilaire Ntiganzwa, akwirikirana cane politike yo muri Amerika, araheza aratubarira igituma nawe nyene abona kw’impari zo ku musi wa mbere zikomeye cane:
Hilaire ku mpari
Loading
12:00:00 / -:--:--
uru rubuga rurafunze
Ibitekerezo
     
nta gitekerezo kiratangwa kuri uru rubuga. Ba uwa mbere kugira icyo utangaza kuri uru rubuga

Videos

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Videwo

Videwo UN-Mali

Aya matora ya yobowe n'umukuru w'urwego rw'ishirahamwe ONU rujejwe kwubahiriza umutekano kw'isi mukiringo c'ukwezi kwa kane, Eugene-Richard Gasana, Ambassaderi w'igihugu c'Urwanda mw'ishirahamwe ONU.

Photo in the news

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
  • In this image from video provided by WBZ TV, spectators and runners run from what was described as twin explosions that shook the finish line of the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • President Barack Obama speaks at the White House in, following the explosions at the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • Medical workers aid a wounded woman at the finish line of the 2013 Boston Marathon following two explosions there, April 15, 2013.
  • A Massachusetts State Police officer guards the area containing the medical tent, rear, following an explosion at the 2013 Boston Marathon, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner leaves the course crying near Copley Square following an explosion, April 15, 2013.
  • A Boston police officer wheels in injured boy down Boylston Street as medical workers carry an injured runner following an explosion during the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid an injured man at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion there Monday, April 15, 2013 in Boston.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Boston police clear an area following an explosion near the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner is comforted as she cries in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical responders run an injured man past the finish line the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Two Boston Marathon volunteers hug each other, at right, as an injured person is loaded into an ambulance in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • A Boston police officer clears Boylston Street following an explosion at the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
ikigega cy'amafoto

ikigega cy'amafoto Amabombe Abiri Yaturikiye mu Gisagara ca Boston

Abantu babiri canke barenga barapfuye, abandi barenga ijana barakomereka inyuma yuko amabombe abiri yaturikiye hafi icarimwe hafi y’abantu b’abarorerezi ku murongo w’ukurangirizako ihiganwa rya marathon rya Boston.