Ku cyumweru, Gicurasi 25, 2013 isaha yo mu karere 06:39

ibirimwo / burundi

Impari Za Politike Za Nyuma Mu matora Muri Amerika

President Barack Obama hamwe n’umurepublika Mitt Romney bahiganwa, bamaze umusi w’ejo ku wa mungu, bariko bariyamamaza.

President Barack Obama na Mitt Romney, igihe c'impari za Politike zigira kabiriPresident Barack Obama na Mitt Romney, igihe c'impari za Politike zigira kabiri
x
President Barack Obama na Mitt Romney, igihe c'impari za Politike zigira kabiri
President Barack Obama na Mitt Romney, igihe c'impari za Politike zigira kabiri

izindi ngingo bifitanye isano

ingano y'inyandiko - +
VOA News
Abo bategetsi bari kumwe n’abahanuzi babo bakuru, mur’iki gihe bariko baritegurira impari zabo za politike bahava bagira kuri television, uyu musi ku wa mbere.

Izo mpazi zija kumara iminota 90 uyu musi ku wa mbere mu ntara ikomeye cane ya Florida iriko iragwanirwa n’abo bategetsi, zibaye hasigaye indwi zibiri gusa, ngo amatora ategekanijwe kw’igenekerezo rya gatandatu ry’ukwezi kwa cumi na rimwe, abe.

Izo mpari nizo karyo ka nyuma, abanyamerika bafise imbere y’ayo matora, ko kwirabira ukuntu abanyapolitike bahiganwa, bahangana amaso mu yandi, ku vyerekeye imigambi bariko barashikiriza.

Naho ikibazo c’ubutunzi, arico cavuzwe cane mu matora yo mur’uyu mwaka, izo mpari z’uyu musi, zizoba zerekeye ahanini, imigenderanire ya Amerika n’amakungu.

Umushingantahe Romney hamwe n’abarepublika bamushigikiye, ntibahengeshanya mu kunebagura president Obama ku kuntu reta yiwe yavyifashe mu kwezi guheze, inyuma y’aho habereye igitero kuri consulat ya amerika mu gihugu ca Libia.

Ico gitero cabaye kw’igenekerezo rya 11 ry’ukwezi kwa cumi na rimwe, carahitanye ubuzima bwa ambassaderi w’umunyamarika, Christopher Steven hamwe n’abandi banyamerika batatu.

Program nucleaire y’igihugu ca Irani, nayo nyene, yaravuzwe cane mur’izo mpari, aho umushingantahe Romney avuga ko reta ya president Obama, itakariye cane reta ya Irani, kandi itashigikiye bimwe bimwe biboneka, igihugu ca Israeli.
 
President Obama arega umushingantahe Romney kw’ariko akoresha ico gitero cabereye mu gihugu ca Libya, ku mvo za politike.

Arongera akavuga ko yafatiye igihugu ca Irani ibihano bikomeye cane, mu gihe kandi reta zunze ubumwe za amerika zakoranye cane n’igihugu ca Israeli mu vyerekeye umutekano.

President Obama yaravuze cane igikorwa ntangere yaranguye mu kugwanya iterbwoba, harimwo igitero cahitanye ubuzima bwa Osama Bin Laden.
uru rubuga rurafunze
Ibitekerezo
     
nta gitekerezo kiratangwa kuri uru rubuga. Ba uwa mbere kugira icyo utangaza kuri uru rubuga

Videos

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Videwo

Videwo UN-Mali

Aya matora ya yobowe n'umukuru w'urwego rw'ishirahamwe ONU rujejwe kwubahiriza umutekano kw'isi mukiringo c'ukwezi kwa kane, Eugene-Richard Gasana, Ambassaderi w'igihugu c'Urwanda mw'ishirahamwe ONU.

Photo in the news

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
  • In this image from video provided by WBZ TV, spectators and runners run from what was described as twin explosions that shook the finish line of the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • President Barack Obama speaks at the White House in, following the explosions at the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • Medical workers aid a wounded woman at the finish line of the 2013 Boston Marathon following two explosions there, April 15, 2013.
  • A Massachusetts State Police officer guards the area containing the medical tent, rear, following an explosion at the 2013 Boston Marathon, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner leaves the course crying near Copley Square following an explosion, April 15, 2013.
  • A Boston police officer wheels in injured boy down Boylston Street as medical workers carry an injured runner following an explosion during the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid an injured man at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion there Monday, April 15, 2013 in Boston.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Boston police clear an area following an explosion near the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner is comforted as she cries in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical responders run an injured man past the finish line the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Two Boston Marathon volunteers hug each other, at right, as an injured person is loaded into an ambulance in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • A Boston police officer clears Boylston Street following an explosion at the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
ikigega cy'amafoto

ikigega cy'amafoto Amabombe Abiri Yaturikiye mu Gisagara ca Boston

Abantu babiri canke barenga barapfuye, abandi barenga ijana barakomereka inyuma yuko amabombe abiri yaturikiye hafi icarimwe hafi y’abantu b’abarorerezi ku murongo w’ukurangirizako ihiganwa rya marathon rya Boston.