Uko wahagera

Siriya: ISIS Yigamba Guhashya Polisi


Abapolisi umunani ba Siriya barapfuye abandi bashika mirongo ibiri barakomereka mu kibombe c’umwiyahuzi caturikijwe hafi y’ikigo c’igipolisi kiri kumugwa mukuru Damas wa Siriya.

Umugwi w’intagondwa wa Reta ya Kiyisilamu watangaje ko ariwo wagavye ico gitero cabaye ejo ku musi wa kabiri. Umenyesha kandi ko umwiyahuzi yitwa Abu Abdul-Rahman al-Shami ariwe yakoze ico gitero kandi ko hari ibindi bitero ugamije kugira.

XS
SM
MD
LG