Uko wahagera

Abanyagihugu ku matora mu Burundi


Burundi Election
Burundi Election

Amatora yabaye kuri uyu wa mbere.

Abanyagihugu bamwe batoye, abandi ntibatoye. Abatatoye basanga nta demokarasi iri mu matora. Abatoye barishimira ko bihitiramo indongozi zabo. Thomas Kamilindi yaganiriye na Jean de Dieu wo mu ntara ya Gitega, na Giscard wo mu ntara ya Bubanza.

please wait

No media source currently available

0:00 0:04:16 0:00

XS
SM
MD
LG