Abakwirikirana ibikorwa vy’iryo shule kuva ritanguye uyo mulimo, bavuga ko mur’iki gihe baronse ubumenyi bukwiye bushobora gutuma bayaga na bagenzi babo bo mu bihugu bihurikiye mw’ishirahmwe ryo mu buseruko bwa Afrika.
Bavuga kw’ivyo babikesha ahanini ubumenyi bw’abigisha banonosoye umwuga wo kwigisha ururimi rw’icongereza, iryo shule rikoresha, ibitabo vyiza hamwe n’ubundi buhinga bwa technology bwo kunagura ukuntu ururimi rw’icongereza ruvugwa:
Twaraganiye na Felicien Hareriman, aserukira iryo shule, English Language Center, rikorana kandi rifashwa n’ishirahamwe Williams Academy, hamwe na Oscar Bahizi, umuhinga mu vyerekeye guhanahana amakuru hamwe n’umufasoni Alice Kabisa, umugwizatunga, yaronse ubumenyi mu rurimi rw'icongereza akuye mur’iyo shule:
Mushobora kwumviriza ikiganiro: