Uko wahagera

Amashirahamwe ya Societe Civile muri Congo


Safari Munyarugendo
Safari Munyarugendo

Amashirahamwe ya Societe civile mu gihugu ca Congo, aratera akamo gasabira ibihano abategetsi bamwe bamwe b’Urwanda.

Ku musi wa mungu uheze, amashirahmwe ajejwe guharanira ineza y’abanyagihugu, yarateye akamo inama mpuzamakungu ijejwe umutekano kw’isi, kayisaba gufatira ibihano, abatagetsi bo mu gihugu c’Urwanda bamwe bamwe, ayo mashirahamwe arega ko bafise uruhara mu bikorwa vyo kudurumbanya umutekano mu buseruko bwa Republika ya Congo iharanira demokrasi.

Ako kamo gatewe mu gihe, ubwivanyi busa n’ubwiyongeye mu bice bitari bike vyo mu buseruko, nk’uko abashingantahe twaganiriye Gode Haguma Chiri hamwe na Safari Munyarugendo, babivuga: Abo bashingantahe bafise amamuko mur’iyo ntara, baragize kandi ico bavuga kur’ako kamo katewe n’ayo mashirahamwe:

Reka dutangura twumvirize umushingantahe Gode Haguma Chiri, ku kuntu umutekano wifashe mur’iki gihe mur’iyo ntara:

please wait

No media source currently available

0:00 0:06:35 0:00
Ibishamikiyeho
XS
SM
MD
LG