Uko wahagera

Ingaruka Mu Makungu Ku Gusubira Gutorwa Kwa Prezida Wa Amerika, Barack Obama


Thierry Uwamahoro na Rene Claude Niyonkuru
Thierry Uwamahoro na Rene Claude Niyonkuru

Amatora yo muri Amerika yabaye ku musi wa kabiri uheze yahaye intsinzi Prezida Barack Obama.


Ayo matora yarakwirikiranywe cane ngaha muri Amerika no mu makungu.
Ijwi rya Amerika ryaraganiye na Claude Rene Niyonkuru, yanonosoye ivyerekeye amategeko n’ivy’ugutunganya intwaro, akaba ari Bruxelles mu gihugu c’Ububiligi na Thierry Uwamahoro, akora muri Sosiyete, ABTS Associates, ngaha I Washington DC NA Concorde Dukuze, umunyeshule muri kaminuza y’Uburundi ari I Bujumbura, ku ngaruka ugusubira gutorwa kwa prezida Obama bishobora kugira mu makungu.

Tubatege amatwi:
please wait

No media source currently available

0:00 0:17:35 0:00
Ibishamikiyeho
XS
SM
MD
LG