Ku wa gatandatu, Kanama 23, 2014 isaha yo mu karere 03:33

Bulamatari w'Intara ya Missouri, Yategetse Ikurwa ry'Inteko, mu Gisagara ca Ferguson

22.08.2014 05:06
Bulamatari w’intara ya Missouri, Jay Nixon, yatangaje kw’akuye inteko mu gisagara ca Ferguson, kubera umutekano usa n’uwagarutse, muri ico gisagara. Ibindi

Umurwi Islamic State Ugeramiye Umutekano kw'Isi mu Birengeye Iyindi Mirwi y'Abarwanyi Yari Imaze Kumenyekana

Umushikiranganji Ajejwe kwivuna abansi wa Amerika, Chuck Hagel, yavuze kw’’umurwi Islamic State, ar'umurwi w’iterabwoba udasanzwe

Amerika Yaragerageje, Yamara Iraranirwa Kubuhoza Abanyamerika, Bari Bagizwe Imbohe, Muri Syria

Ico gikorwa cananiwe, kubera abari bagizwe imbohe, batari mu kibanza aho biibazwako bari bafpungiwemwo.

Umutegetsi Ukurikirana Ebola muri O-N-U, Azogenderera Afrika

Docteur Nabarro, yatangaje kw’azogira inama I Dakar, ku musi wa kane, mu nyuma yaho aje mu bihugu vya Liberia, Sierra Leone na Guinee.

Ibiganiro Vy'Agahengwe, Hagati ya Israel, n'abanya Palestina, Vyarasenyutse

Guhagarika ingwano vyarangiye icese, isaha zitandatu zo mw’ijoro mu masaha yo mu karere, ku musi wa kabiri, yamara mu vy’ukuri vyarangiye amasaha y’imbere yaho, igihe abarwanyi b’umurwi Hamas barasa ama roquette, yaguye mu bumanuko bw’igihugu ca Israel.

Itohoza Ryigenga Rirategekanijwe, mu Gisagara ca Ferguson

Umushikiranganji ajejwe ubutunganewa Amerika, Eric Holder aza kubonana n’abayoboye abanyagihugu, abajejwe itohoza b’ibiro bijejwe gukwirikirana inkozi z’ikibi, F-B-I, hamwe n’abategetsi baharanira, uburenganzira bw’abanyagihugu, mu gisagara ca St. Louis, muri Reta ya Missouri.

Israel n'Abanya Palestina, Barongereje Ikiringo c'Agahengwe

Ivyo vyabaye, gatoyi imbere yuko agahengwe kahari, muri iki gihe, vyari bitegekanijwe ko karangira igihe c’isaha zitandatu, zo mw’ijoro, mu masaha yo mu karere.