Ku wa kane, Kamena 19, 2013 isaha yo mu karere 15:03

Abanyecongo Ku Ndyane Ziri Mu Buseruko Bwa Congo

Olivier Mandevu

ingano y'inyandiko - +
26.05.2013
Abanyecongo bafise amamuko mu buseruko bwa Congo, ntibavuga rumwe ku bituma intambara itarangira mur’iyo ntara. Ibindi

ibyo kumva Umurwi M23 Uvuga Kw’Ibiganiro Vyahagaze

Umurwi M23 urwanya ubutegetsi bwa Congo warahagaritse ibiganiro na reta ya Congo, ukkaba urega reta ya Congo ko yahevye ivyo biganiro.

Nta buhunzi ku banyarwanda nyuma y'ukwezi kwa gatandatu

Nta buhunzi ku banyarwanda nyuma y'ukwezi kwa gatandatu

ibyo kumva Integuro y’Itegeko Rigenga Itangazamakuru

Mu misi iheze, inama nshingamateka y’Uburundi, yaremeje integuro y’itegeko rigenga umwuga wo gutangaza amakuru.

ibyo kumva Ihagarikwa Rya Ntaganda Rivuga Kw’Amahoro Abonetse

Bosco Ntaganda, Yarinjiye mu Rwanda, aca kwishikana muri Ambassade ya Amerika I Kigali.

Mugesera Lewo uburanishwa ibyaha bya jenoside mu Rwanda.

Mugesera Lewo uburanishwa ibyaha bya jenoside mu Rwanda.

Ibivugwa ku ruganda rwakoranije abanyapolitike

Mu ndwi iheze abategetsi bahurikiye mu migambwe itandukanye, bamaraze imisi itatu bari mu ruganda, rwashigikiwe n’ishirahamwe mpuzamakungu.

ibyo kumva Itora rya perezida muri Kenya ryahagurukije abakandida umunani

Itora rya perezida muri Kenya ryahagurukije abakandida umunani

ibyo kumva Abarundi Barahimbaje Saint Valentin

Haraheze imyaka itari mike abarundi bahimbaza umusi w’abakunda bita Saint Valentin.

ibyo kumva Mw'ijambo rye, Martin Luther King yavuze ko afite inzozi ko abazungu n'abirabura bazagera aho bakabana nk'abavandimwe.

Mw'ijambo rye, Martin Luther King yavuze ko afite inzozi ko abazungu n'abirabura bazagira uburenganzira bungana, bakabana nk'abavandimwe

ibyo kumva  Martin Luther King na Barack Obama

Pasiteri Martin Luther King na Perezida Barack Obama: Zaba ari inzozi zagezweho?

Umugambi Wo Kubwizanya Ukuri N’Ukurekuriranira

Umugambi wo kuvugisha ukuri, kwuzuriza abarundi no kubafasha kurekuriranira urabanya.

President Obama Mu Mabanga Yo Kurongora Igihugu

Kw’igenekerezo rya 21 ry’uku kwezi kwa mbere, president Barack Obama azorahira mu mabanga yo gusubira kurongora igihugu.

ibyo kumva Inzitizi z'Umutekano Urambye muri Afurika y'Ibiyaga Bigali

Umutungo kamere wa Kongo waba ari wo ntandaro y'umutekano muke muri Afurika y'ibiyaga bigali.

ibyo kumva Guverinoma ya Kongo na M23 Baraganira ku Mahoro

Guverinoma ya Kongo n'inyeshyamba za M3 ziri mu biganiro i Kampala muri Uganda

ibyo kumva Abayobozi ba Ekleziya Catholika, Muri Amerika.

Musenyeri wa Bururi Venant Bacinoni, Musenyeri Ndoricimpa Helmenegilde hamwe na Patiri Emmanuel Ndayegamiye, baragendeye intara zo muri Amerika.

Umurwi M23, Warigaruriye Igisagara ca Goma

Umurwi urwanya ubutegetsi mu gihugu ca Congo, winjiye mu gisagara ca Goma ku musi wa kabiri w’indwi iheze.

Amatora: Itegurwa, itunganywa Ryayo Muri Amerika

Mbega igikorwa co gutegura hamwe no gukoresha amatora, kigenda gute.

Videos

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Videwo

Videwo UN-Mali

Aya matora ya yobowe n'umukuru w'urwego rw'ishirahamwe ONU rujejwe kwubahiriza umutekano kw'isi mukiringo c'ukwezi kwa kane, Eugene-Richard Gasana, Ambassaderi w'igihugu c'Urwanda mw'ishirahamwe ONU.

Photo in the news

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
  • In this image from video provided by WBZ TV, spectators and runners run from what was described as twin explosions that shook the finish line of the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • President Barack Obama speaks at the White House in, following the explosions at the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • Medical workers aid a wounded woman at the finish line of the 2013 Boston Marathon following two explosions there, April 15, 2013.
  • A Massachusetts State Police officer guards the area containing the medical tent, rear, following an explosion at the 2013 Boston Marathon, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner leaves the course crying near Copley Square following an explosion, April 15, 2013.
  • A Boston police officer wheels in injured boy down Boylston Street as medical workers carry an injured runner following an explosion during the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid an injured man at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion there Monday, April 15, 2013 in Boston.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Boston police clear an area following an explosion near the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner is comforted as she cries in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical responders run an injured man past the finish line the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Two Boston Marathon volunteers hug each other, at right, as an injured person is loaded into an ambulance in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • A Boston police officer clears Boylston Street following an explosion at the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
ikigega cy'amafoto

ikigega cy'amafoto Amabombe Abiri Yaturikiye mu Gisagara ca Boston

Abantu babiri canke barenga barapfuye, abandi barenga ijana barakomereka inyuma yuko amabombe abiri yaturikiye hafi icarimwe hafi y’abantu b’abarorerezi ku murongo w’ukurangirizako ihiganwa rya marathon rya Boston.