Hilaire Ntiganzwa
Mu kiganiro Americana c’uyu musi, turababwira ku nyifato yahitiye mu bice bimwe vyo muri Amerika, yo kugira abantu abashumba.
Tombola ngarukamwaka itanga amahirwe yo kujya gutura no gukora muri Leta zunze ubumwe z’Amerika yatangiye
Ubusanzwe, kwigaragambya birangwa n’ingendo, amakoraniro, ibyapa, n’amadisikuru.
Mu kiganiro Americana c’uyu musi, tugiye ku baganirira ku vyerekeye icibutso c’aha muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika, cibutsa umwidegemvyo.
Amerika ntiyifuza ko Palestina yemerwa nk’igihugu cyigenga muri iyi minsi.
Americana ni ikiganiro kibagezaho ibyaranze Leta zunze ubumwe z’Amerika mu gihe cyashize no mu gihe tugezemo.
Ibiharuro vv’itohoza vy’intangamarara vyo mu ntara ya Iowa, bisa n’ikibazo ku bantu bo muri iyo ntara n’abajejwe gutunganya amatora y’umukuru w’igihugu, muri iyo ntara irimwo abantu bitoza benshi.
Juergen Klinsmann aheruka gushingwa amabanga y’umumenyereza mushasha w’umugwi w’umupira w’amaguru wa Reta Zunze Ubumwe za America.
Kugeza ubu, impaka zarananiranye ku kibazo cy’umwenda wa leta.
Kumviriza abantu mu Bwongereza byateye abayobozi bakuru b’igipolisi begura. Kandi ntawe uzi aho bizagarukira.