Ku wa gatatu, Kamena 18, 2013 isaha yo mu karere 04:32

Umuryango wa, Nelson Mandela, Uvuga kw’Ameze Neza, muri iki Gihe

ingano y'inyandiko - +
18.06.2013
Ivyo vyatangajwe n'umukobwa wiwe, Zenani Mandela-Dlamini, Ambassadeur w’igihugu ca Afrika y’epfo, mu gihugu ca Argentine, ejo ku musi wa mbere Ibindi

Imyiyereakano Irabandanya Muri Turkiya

Reta y’igihugu ca Turkiya yatangaje kw’ishobora gukoresha abasirikare mu gikorwa co gutuza imyiyerekano y’abantu biyamiriza reta.

Muri Syria, Ibibombe Vyarishe Abasirikare 10

Mu gihugu ca Syria amashirahamwe ashira imbere inyungu z’abanyagihugu, yatangaje kw’ibibombe vyihaye inkumbi.

Igitero co mu Gisagara ca Benghazi, Cahitanye Abasirikare Batandatu

Ababa muri ico gisagara, bavuga kw’uruhagarara rwatanguye, amasaha atari make, inyuma yuko umurwi w’abantu binjiye mu kibanza c’igisirikare, mu gisagara ca Benghazi.

ibyo kumva Urwaruka Rw’Abakobwa, Bahurikiye Mu Ba Guide

Urwaruka ruhurikiye mu murwi w’aba Guide mu Burundi ruvuga kw’uyo muhari urwigiha ibintu vyinshi.

Muri Turkiya Kwubaka muri Park Vyahagaritswe

Mu gihugu ca Turkiya abagira imyiyerekano babonanye n’umushikiranganji wa mbere ku musi wa gatanu.

AbanyaIrani Baritavye Amatora Y'Umukuru W'igihugu

AbanyaIrani uyu musi ku wa gatanu, bagiye mu matora yo guhitamwo president mushasha:

ibyo kumva Isabukuru ya Sinema Igira Gatanu

Kuva kw’igenekerezo rya 7 gushika kw’igenekerezo rya 14 ry’ukwezi kwa gatanu, mu Burundi haratunganijwe isabukuru ya Cinema igira gatanu.

Abashingamateka, mu Gihugu ca Kenya, Baremeye Igabanywa ry’Imishahara Yabo

Abashingamateka, mu gihugu ca Kenya, bari mu bantu bahembwa amafranga menshi cane kw’isi

Amagara ya Nelson Mandela, Avurwa kw’Ariko Yishura Neza, ku Miti Ariko Ahabwa

Prezida Zuma yavuze ko banezewe n’intambwe Mandela ariko aragira, ku vyerekeye amagara yiwe, inyuma y’imisi mikeyi itari yoroshe.

Ethiopia Yaragabishije Misiri kudatera Ubwoba, ku Vyerekeye Umugambi w’Ukwubaka Urugomero, ku Ruzi Nil Bleu

Abategetsi b’igihugu ca Misiri barerekanye impungenge k’urwo rugomero rukomeye ruzogeramira urugero rw’amazi igihugu ca Misiri kironka.

Reta y’Igihugu ca Mali, n’Abarwanya Ubutegetsi b’Aba Tuareg Barumvikanye, ku Masezerano Yerekeye Igisagara ca Kidal

Umushikiranganji ajejwe imigenderanire w’igihugu ca Burikina Faso, Djibril Bassole yatangaje, ejo ku musi wa mbere, kw’impande zose zariko zirihweza ayo masezerano

Nelson Mandela Aracari mu Bitaro, aho Amagara Yiwe Akimeze Nabi

Umuvugizi w’ibiro vya prezida wa Afrika y’epfo, Jacob Zuma, yatangaje, ejo ku musi wa mbere, kw’atacahindutse, ku vyerekeye amagara ya Mandela, kuva igihe yakirwa mu bitaro, ku musi wa gatandatu.

Umugenerali w’Umunyarwanda, Jean-Bosco Kazura, Niwe azoyobora MINUSMA, muri Mali

Muri iki gihe, general, Jean-Bosco Kazura, azoba ajejwe igikorwa kitoroshe, c’ukuyobora inteko ibihumbi cumi na bibiri n’amajana atandatu zarungitswe, mu buraruko bw’igihugu ca Mali

Abanyafrika y’epfo Barasabiye Nelson Mandela, Amagara Yiwe Atameze Neza, Muri iki Gihe

Abantu mu gihugu ca Afrika y’epfo baramusabiye gukira. Mandela abonwa n’Abanya Afrika y’epfo, kw’ariwe muvyeyi w’igihugu.

Umutegetsi Mukuru w’Igisirikare c’Igihugu ca Libya, Yaratanze Imihoho

Yaranebaguwe kuba yaratebeje ivyerekeye gushiraho igisirikare c’igihugu, mu vyatumye abarwanyi bagira inguvu zikomeye

Igisirikare c’Igihugu ca Mali, n’Abarwanya Ubutegetsi, Bagirizwa Ityozwa ry’Agateka ka Muntu Riherutse kuba

Mu ma Raporo atandukanye yasohowe, uno musi ku wa gatanu,, ishirahamwe riharanira agateka ka muntu, Human Rights Watch, n’ishirahamwe Amnesty International, ariko atangaza ko bwinshi mu bwicanyi bwabereye, mu buraruko bw’igihugu

Sentare Mpuzamakungu Ku Rubanza Rwa William Ruto

Iyo sentare yatangaje kw’urubanza rwagiriza vice president, rushobora gutangurira mu buseruko bwa Africa, aho gutangurira i La Haie.

Amerika Igiye Kurungika Missille muri Yordania

Reta zunze ubumwe za amerika zigiye kurungika mu gihugu ca Yordania ibigwanisho vyitwa Missile Patritot.

Reta ya Turkiya Iriyamiriza Imyiyerekano

Umushikiranganji wa mbere w’igihugu ca Turkey Recep Tayyip Erdogan, yatangaje kw’umutekano uriko uragaruka mu gihugu.

Videos

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Videwo

Videwo UN-Mali

Aya matora ya yobowe n'umukuru w'urwego rw'ishirahamwe ONU rujejwe kwubahiriza umutekano kw'isi mukiringo c'ukwezi kwa kane, Eugene-Richard Gasana, Ambassaderi w'igihugu c'Urwanda mw'ishirahamwe ONU.

Photo in the news

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
  • In this image from video provided by WBZ TV, spectators and runners run from what was described as twin explosions that shook the finish line of the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • President Barack Obama speaks at the White House in, following the explosions at the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • Medical workers aid a wounded woman at the finish line of the 2013 Boston Marathon following two explosions there, April 15, 2013.
  • A Massachusetts State Police officer guards the area containing the medical tent, rear, following an explosion at the 2013 Boston Marathon, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner leaves the course crying near Copley Square following an explosion, April 15, 2013.
  • A Boston police officer wheels in injured boy down Boylston Street as medical workers carry an injured runner following an explosion during the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid an injured man at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion there Monday, April 15, 2013 in Boston.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Boston police clear an area following an explosion near the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner is comforted as she cries in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical responders run an injured man past the finish line the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Two Boston Marathon volunteers hug each other, at right, as an injured person is loaded into an ambulance in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • A Boston police officer clears Boylston Street following an explosion at the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
ikigega cy'amafoto

ikigega cy'amafoto Amabombe Abiri Yaturikiye mu Gisagara ca Boston

Abantu babiri canke barenga barapfuye, abandi barenga ijana barakomereka inyuma yuko amabombe abiri yaturikiye hafi icarimwe hafi y’abantu b’abarorerezi ku murongo w’ukurangirizako ihiganwa rya marathon rya Boston.